Accueil > Amakuru > umutekano > Umumenyeshamakuru wa Radio 10 apfunzwe yagirizwa uguhungabanya umutekano (...)
Umumenyeshamakuru wa Radio 10 apfunzwe yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu
samedi 20 Myandagaro 2016, par
IRAKOZE Gisa Steve, umumenyeshamakuru wa Radio 10- Buja FM apfungiwe mu gasho k’igendereza i Bujumbura kuva kuri uwu wa gatanu. Uwo mumenyeshamakuru yafashwe ku munsi wa kane, abanza gupfungirwa mu gasho ko mu Gatumba.
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko uwo mumenyeshamakuru yakuwe mu gasho ko mu Gatumba, akaba apfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu.
- IRAKOZE Gisa Steve, umumenyeshamakuru wa Radio 10- Buja FM
IRAKOZE Gisa Steve asanzwe avuka i Bubanza, ariko akaba afise ubwenegihugu bw’Uburundi n’Urwanda aho yigiye amashure mato mato mato n’ayisumbuye, yafatiwe mu bunywero buri mu Kajaga, aho asanzwe aba.
Umuryango wiwe utewe amakenga n’iryo fatwa ryiwe, bagasaba ko bohabwa uburenganzira bw’ukuja kumuraba hamwe n’ukumugemurira ivyo afungura.
IGIHE
Messages
20 Myandagaro 2016, 10:54, par KOMERA
NIMBA AFISE AMAKOSA NAHANWE HISUNZWE AMATEGEKO.
20 Myandagaro 2016, 11:59, par fellini
Mbega aba bantu ntibazi ko ivyari magera vyarageruwe nta munyamahanga azosubira kwisuka mu vy´Iburundi.
20 Myandagaro 2016, 12:48, par toma
Ubu ngirango murabonye k inzego zumutekano zitanyuruz abant ababa nafashwe nizo nzego ziravyemenga zikavuga naho bafungiwe
20 Myandagaro 2016, 13:15, par EL....ZIGUYE
BIRABONEKA MURABONA INGENEAFYURAMAS ONKUWAFYONZE. IZO MBWANUKUZIHASHA INOMUMITUMBA NATWETURARIKANUYE.
20 Myandagaro 2016, 15:18, par Aloys Mbonyingingo
Ubutegetsi Bwibujumbura Vyoba Vyiza Bamurekuye Kuko Ntampavu Yotuma Apfungigwa Nahumuryangutabona
20 Myandagaro 2016, 22:33, par NYAMITWE
AHUBWO NIBAMUSUBIZIWABO MUGWANDA.UYO NTAHATANIYE NA KAGAME.
20 Myandagaro 2016, 23:52, par Emanuel
Nonese yafashwe kubera arumunyamakuru wurwanda yari mukabari kiburundi? yarimwo ahungabanya umutekano gute? Uwo munyarwanda ntazobure doreko abanyamakuru bakunze kuzira akadodoberezo ubutegetsi bwiburundi nubuyobozi bwurwanda bakwiye kujahamwe bakareba igituma batarebana ryiza bakiyunga kuko natwe abo hasi abaturagi burwanda nuburundi tudanye neza nkabavandi doreko tunavuga ururimi rumwe
21 Myandagaro 2016, 19:50, par Egide
May the blood of Jesus protect you Gisa steve, we order your release in Jesus might name
22 Myandagaro 2016, 18:05, par CLOVIS
eeee ntimutangare niko bimeze inko kuri ntazo mugabo imana yitwa mutananirwa kaje ndizeye ko imana ishobora kubihindura vyose mumenyeshamakuru ijere imana
22 Myandagaro 2016, 19:51, par turabazi ababaya@
attention!barundi radio 10 boulanjerie GOCHEN volcano ivyo vyose bikomoka i kigali, tureke gufyina basha mission bafise murazizi reka police yacu yikorere!
22 Myandagaro 2016, 22:02, par Bakame
bamutwaye he baragapfa nibo bawuhungabny bafata intwari bagatwara barakarwa mugobo bapfe bose imbwa zimbwa
24 Myandagaro 2016, 13:35, par MARTHIN
KO AR.UNYARWANDA TUMENYAKO ARIBO BATUMYE HAB’UTEKANO MUKE IWACU NONE NIMUCE IHADABU NKA(1000000)FBU HAMA ATAHE IWABO MU RDA
24 Myandagaro 2016, 13:36, par MARTHIN
KO AR.UNYARWANDA TUMENYAKO ARIBO BATUMYE HAB’UTEKANO MUKE IWACU NONE NIMUCE IHADABU NKA(1000000)FBU HAMA ATAHE IWABO MU RDA
27 Ruhuhuma 2017, 19:57, par MIEZECHIEL
Kubona Yarapfunzwe Sibibi Ariko Nkuko Nabamufashe Batabuze Ic’IMANA Yabahariye Batarishe Amahera Nibamerekure Kugira Berekane Neza Ko Nayo Yabahariye