IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umushingamateka HAFSA MOSSI yagandaguwe

Umushingamateka HAFSA MOSSI yagandaguwe

mercredi 13 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Umushingamateka aserukira Uburundi mu nama nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko EALA HAFSA MOSSI yagandaguwe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 13 Mukakaro muri Komine GIHOSHA AV. Nyankoni. Yarashwe n’abantu babiri bari mu muduga wo mu bwoko bwa TI bataramenyekana.

JPEG - 22 ko
Prezida Pierre Nkurunziza, ku rubuga rwiwe rwa twiiter, yateye ivyatsi abamugandaguye, avuga ko ari agahombo ku gihugu.

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.