Accueil > Amakuru > umutekano > Umuvugizi w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA yishwe n’abantu bataramenyekana
Umuvugizi w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA yishwe n’abantu bataramenyekana
mardi 8 Nyakanga 2015
Umuvugizi w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA Patrice Gahungu ,yarishwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuwa mbere igenekerezo rya 7 Nyakanga 2015,ariko arataha ku muhana iwe muri zone ya Gihosha muri Komine ya Ntahangwa.
Amakuru ava mu muryango wiwe amenyesha ko hari nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro,igihe abantu barasa imodoka y’umuhisi ku gice giherera imbere ahicara uwutwara imodoka.Patrice Gahungu yateye yitaba Imana muri iryo joro nyene.
Mu gipolisi bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura kugira abakoze ubwo bwicanyi bamenyekane,maze bashirwe imbere y’ubutungane.
Mwomenya ko umukuru w’umugambwe Zedi Feruzi nawe haheze amezi atatu agandaguwe n’abantu bataramenyekana,bamusanze hafi yaho yaba,muri zone ya Ngagara,hari kw’igenekerezo rya 23 Rusama 2015.
Van Naris Mugisha
Messages
8 Nyakanga 2015, 11:59, par gahiro
Imbonerakure ziratumara yemw,ubu muburundi nukwicana gusa
8 Nyakanga 2015, 12:18, par Dodo
MURIKO MURABONA INGENE INFU YIMIJIRA IHERA?NTAHIGA UWO KU..... MANA TABARA.
8 Nyakanga 2015, 12:44, par Ciza erneste@gmail.com
ARIKO UBURUNDI MUZOGUMA MWICANA KUGERARYARI AHUBWO ABANTU MWINYEGEZA MUMANA NGORABASENJI MUGUMAMWICA ABANTU MUGOWE BIBRIA NIYO IZOBATURIRA
8 Nyakanga 2015, 12:45, par Maso
Ngo Abantu Bataramenyekana! Ninde Atazi Abica Abatavuga Rumwe Na Leta? Abameyeshamakuru, Abomuri Societé Civile, Ababikira, Abadashigiye 3ème Mandat? Ariko Hazogera Igihe Bavyishura. Uwubatuma Arazwi.
8 Nyakanga 2015, 12:45, par ngeze
Ubutegetsi bubi burangwa nogusesa amaraso.Ngenda ncuti y’Uburundi namba wakoze neza Imana ikwakire mu bayo
8 Nyakanga 2015, 12:49, par claude
Abobategesti Bagumabica R eta Niyo Itegerezwa Kurondera Umutiwavyo .Nayahandi Bazobibazwa
8 Nyakanga 2015, 12:49, par Ndayishemeze Philbert
Je Novuga Ko Ari Abagizi Banabi Kandi Bazotinda Bafatwe Kuko Ntakabaye Kaheze.
8 Nyakanga 2015, 12:50, par Lion
Ubutegetsi bubi burangwa no gusesa amaraso.Genda mahoro sha ncuti y’Uburundi namba wakoze neza Imana ikwakire mu bayo
8 Nyakanga 2015, 12:55, par Nziza
police nitohoze neza imenye abo bamwishe
8 Nyakanga 2015, 13:01, par Ok
Ubutegetsi bubi burangwa no gusesa Amaraso.Genda sha ncuti y’Uburundi niba wakoze neza Imana ikwakire mubayo ugire iruhuko ryiza
8 Nyakanga 2015, 13:12, par Turungwane
Imana ikwakire mumhwami bwayo barundi haguruka mwingwanire nayo ahandi murahona ndababarira ko namwe mutataguye kwica ntawundi muri ’.bamwe bandika ngaha amacakubiri uwo yishwe babatutsi?ncanke numututsi yampfuye?barundi hagurukira rimwe umuhutu umututsi umutwa kuko mwese mugowe rumwe
8 Nyakanga 2015, 13:29, par MUCO
Mbe abo bica bazobona ,ko ivyo bakora ,ar UKWISAMBURIRAKO NK’IMENE ryari?Hriho umucamanza atihenda,ni Kristo,ababikora bose,batihanye,bazorimburwa,nta kabuza;
8 Nyakanga 2015, 13:53, par Dushime
Mana mwakire mubwami bwawe.arik uturinde kandi udukize ubu bwicanyi bwagashinyaguro.ndahojeje umuryango,abanyamugambwe,nabrundi bose
8 Nyakanga 2015, 14:08, par garuka
ariko karashize ingani uwutavuga rumwe na nkuru wese ngo yicwe ariko turindire imperuka yibi arko kimwe gusa ndizera imana mushobora vyose.
8 Nyakanga 2015, 14:20, par K
Nyangoma umugambi yagiriwe na Kagame nuwo kukonawe yarigwze kuwukoresha mwebwwrero mwirirwamuririmba ngo Nyangoma niwegakizakanyu muzovyemera komwihenze amazekubakora munda jewe azonyica ariko nsanzwe ndamwiyamiriza apana kumuririmba ngonagakiza kanje.
8 Nyakanga 2015, 17:35, par WAMBAMFYE
ABATAVUGARUMWE NARETA TURAGOWE TUZAGUHONA MANA NIWEWE WATUREMYE TABARA UBURUNDI NABARUNDI HAVUYOMWO NKURUNZIZA AMAHORO YOBONEKA MURAKOZE
8 Nyakanga 2015, 17:46, par Jobless Jojo
Bujumbura,ville Des Cadavres!
8 Nyakanga 2015, 20:43, par Bigirindavyi Dieudonné
Jewe Uko Ndavyumva Birateye Agahinda Niba Hatagize Igikorwa Abarongozi Ba Upd Barageramiwe!
8 Nyakanga 2015, 20:45, par Iragiryagahuturemy
Babagabo biyemerera kwaribobatera za grenade barakomeje guhekura uburundi.
8 Nyakanga 2015, 20:56, par Umurundi Wumutima
Barund Imana Irababona Dawud Yarishe Goliati Kand Arumwana Mto.Imana Ntizoteba Kwishura Nimurem.Barund Nimurek Guterana Amajamb Guk Ntawakoz Ikibi Yarons Amahor.Wab Umuht Umututs Twa Turabarundi.Iyakaremy Ninay Ikamena.P6!
8 Nyakanga 2015, 20:58, par Umurundi Wumutima
Barund Imana Irababona Dawud Yarishe Goliati Kand Arumwana Mto.Imana Ntizoteba Kwishura Nimurem.Barund Nimurek Guterana Amajamb Guk Ntawakoz Ikibi Yarons Amahor.Wab Umuht Umututs Twa Turabarundi.Iyakaremy Ninay Ikamena.P6!
8 Nyakanga 2015, 21:13, par NDABEMBONE
none UPD bagomba uzimangane muburundi? canke amatohoza y’igiporisi ahererahe? ko ata musi murashira habona ninkuru nimwe yamatohoza yivyabaye muburumdi?
8 Nyakanga 2015, 21:34, par Aimable
ariko nkurunziza arashaka gusigara mu burundi wenyine ko amaze abarundi abica,gusa amenyeko ariwe utahiwe gupfa.
8 Nyakanga 2015, 22:19, par Konsolata
Je me souviens de Patrick au séminaire de Dutwe. Il est né de la famille MACU à Bweru, Commune Bweru, Province Ruyigi. Il est juriste de formation et en même temps un proche collaborateur d’Hussein Radjabu. Il fut policier et limogé à l’époque de Radjabu par le système DD. Il est hutu ,très honnête et bon !
8 Nyakanga 2015, 22:19, par Konsolata
Je me souviens de Patrick au séminaire de Dutwe. Il est né de la famille MACU à Bweru, Commune Bweru, Province Ruyigi. Il est juriste de formation et en même temps un proche collaborateur d’Hussein Radjabu. Il fut policier et limogé à l’époque de Radjabu par le système DD. Il est hutu ,très honnête et bon !
9 Nyakanga 2015, 08:51, par Nkurunziza Faustin
Abo Bamwishe Imana Izomubaze!
9 Nyakanga 2015, 13:13, par Buring Spear
It’s Difficult My Friends. There’s No day Without Someone Died? What Is This? Oh God, Take A Word. I’m Very Unhappy Because Of My Burundians. God Will Punish Those Malfaiteurs.
9 Nyakanga 2015, 14:06, par Ndihokubwayo J De Dieu
Imana Irakwiye Gushira Ahabona Abo Bagizi Banabi
9 Nyakanga 2015, 16:11, par babu
uku niko bisigura iyi niyo fu yimijira genda nkurunziza urazi guhonya mais ntabahererarimwe kandi ico womenya iherezo ryawe niribi kndi si kera.
9 Nyakanga 2015, 19:07, par Kiramvu Domitile
Intagondwa kagame irabamaze
9 Nyakanga 2015, 20:34, par Acoyi
Yemwe bantu mwicana nimwibuke kwimana izobaza burimuntu ivyoyakoze nimugezaho mwihane
9 Nyakanga 2015, 20:35, par Acoyi
Yemwe bantu mwicana nimwibuke kwimana izobaza burimuntu ivyoyakoze nimugezaho mwihane
9 Nyakanga 2015, 23:08, par Ntuzwenayo
Warangije urugendo neza uzize ukuri! Kandi ico uzize arinaco nabandi bana bu Burundi baguma bagandagugwa na benewabo birababaje. Imana niyo mucamanza. Ababikora bazovyishura imbere ya yantebe!!
10 Nyakanga 2015, 17:33, par minani
ahumbwo imanibakre amatohozayo,nayabise bababikira canka bishe ndadaye,mwomenyarahera?
11 Nyakanga 2015, 19:51, par BADIRIRISHYA ANDREWb
Jyewe ndibaza imana ya nkurunziza niyo yica aba bantu? Amadini aragwira nyine iriryo nagahumamunwa pe.
None niba imana yaramubwiye ko azatsinda amatora bariya bari gupfa ni imana iri kubicase?
Umunsi imana ya mubajije ipfu zabarimo gupfa bizagenda bite?
Arahamya ko bizamugwa amahoro se?
Imana ko ihora ihoze? None aziko imana ariyo yimika ikanakuraho se?
Kuki abantu bagumya gupfa se arebera imana ishyiraho ubuyobozi budashoboye kurinda abanyagihugu se? Murayibeshyera ahubwo mwitegure guhura ni imana ibereke ko itarabantu ngo yibeshye sasa.
12 Nyakanga 2015, 15:23, par mutesi noella
abanzi b’uburundi ni benshi , bava mu bihigu bituranye n’uburundi , byose bikitirirwa Nkurunziza Imana niyo Izatabara akarere k’ibiyaga bigari kuko bose bari kurwanira kujya ku butegetsi