Accueil > Amakuru > umutekano > Umuvyeyi w’umutambukanyi wa Domitille Kiramvu yatuririwe mu nzu
Umuvyeyi w’umutambukanyi wa Domitille Kiramvu yatuririwe mu nzu
jeudi 25 Ruheshi 2015
Inabukwe w’umumenyeshamakuru Domitira KIRANVU yatuririwe mu nzu i Mwaro, muri Komine ya Gisozi.
Nk’uko umuphasoni KIRANVU abimenyesha, iryo bara ryaguye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23/06/2015 isaha indwi z’umurango, uwo mutamakazi afise imyaka 77 yari yagendewe n’umukobwa n’abuzukuru biwe basanzwe baba I Bujumbura, mugabo nk’isaha imwe imbere y’uko iryo bara riba, abo bashitsi bari bahavuye bagiye kuramutsa incuti n’umuryango, baba kure yaho gato.
Muri ayo masaha ,niho mukanya gato bumva ababanyi basemerera batabaza. Ababanyi baje basanze umuriro wakwiye hose ataho boca kugira batabare uwo mutamakazi. Umuryango wa Domitlle KIRANVU umenyesha ko uwo mutamakazi yoba yabanje kwicwa imbere yuko aturirigwa mu nzu, kandi ko hoba hakoreshejwe igitoro co mu bwoko bwa essence kugira iyo nzu ishe mu mwanya muto.
Nk’uko Kiravu yabandanije abibwira BBC , umuryango wiwe ntukekeranya ko atari isanganya risanzwe ,kuko naho uwo mutamakazi wabo yari ashaje, yaragikomeye iyo abonye inzu ihiye yari gusohoka inzu igasha yonyene, kandi iyo nzu yahiye mu mwanya muto. Kuko ,abaje gutabara basange inzu yamaze gusha.
Tubibutse ko umutambukanyi wa KIRANVU, Léonce MASASE atashoboye kuronka ingene aja ku maziko vy’umuvyeyi wiwe, ivyo navyo bikaba vyavuye ku mvo z’umutekano wiwe utifashe neza ,mu gihe abantu bamwe bamwe na cane cane imiryango y’abamenyeshamaku umutekano wabo udashemeye
Bill Nkurunziza
Messages
25 Ruheshi 2015, 13:33, par Queen
yoo!turahojejuwomuryango,duteyivyatsi ababikoze bibukeko un jour bazobibazwa.
25 Ruheshi 2015, 13:35, par JEAN
EWE VYURUNDI IYINTWARO ABAKECURU IRAKERERA IGATURIRA ABAKIRI BATO INZOYA EW CN.DD TURAKURUSHE TEMBAGARA UGENDE TURAKURAMBIWE KIRAMVU TURAGUHOJEJE NUMURYANGO WAWE MWIHANGANE ABABAGESERA IMANA YOMWIJURU IRABABONA ICOWICIJE NAWE NICOKIZOKWICA IZO NIMBONERAKURE
25 Ruheshi 2015, 13:43, par Muheto
Abo ni aba DD baragacumungwa ibiti munyo, barakaja ikuzimu, baragatumbagana! Barakanywa ishano!
25 Ruheshi 2015, 14:04, par kelly
ndahojej umuryango wabuz arko ntibabihe imvo za politik bafat kari isanganya imana imwakir
25 Ruheshi 2015, 14:23, par Fify
Imana Niwakire Ntakundi Akotwese Tuzitabumuremyi
25 Ruheshi 2015, 14:23, par alfred
Birababaj nko kwic umutamkazi angan gutyo. None nkaho yaziz oki bantu bimana. Turakwiy kwihana
25 Ruheshi 2015, 14:26, par Stany
Mbe Mana Uwo Mutamakaz Bamuhoy Ik? Amaradiyo Aturirwe! Abamenyeshamakuru Bahunge! None Nabavyeyi Babo Barashikiriwe?! Mana Gira Ico Ukoz Kuko Nibitungwa Vyabo Bigiy Gushikwira .
25 Ruheshi 2015, 14:36, par kanuma
Nakamuna kweri,nti geza aho ubwo bukozi bwikibi.
25 Ruheshi 2015, 14:56, par pacy
ewe mana mana ushobor vyose turakwinginz udukureko ako gasuzuguro nkuy Muvyeyi yazize iki?
25 Ruheshi 2015, 15:23, par gapfenabi
aba dd ngira bibza kwarizo mana!baragapfanabi baragapuui
25 Ruheshi 2015, 16:21, par NDUMURUNDI KAMARI
Ivyakino gihugu cacu nagahomerabunywa.mbega yemwe karashiz ingani umuntu yicwe kubwicaha c’umwana wiwe.mbega ko NKURUNZIZA yakunda kuvuga ngo umuryambwa abumwe akitukisha. none yariko aratubesha,bitebe bitebuke hazogera igihe uburundi bwacu buba igihugu gifata ingingo abakoze ivyaha bakavyagira ataka mwana wamama kubutungane.
25 Ruheshi 2015, 16:48, par Ngagie Pierre
Birateye Isoni Bivuye Murwaruka Bigiye Mubatamakazi Uwo Nawe Azize Iki? Mana Turakweretse Uburundi Kuko Uwudahunze Yiawa Urwakabozo
25 Ruheshi 2015, 17:05, par Munezero Philippe
Yooh! Ni Agaseswarumuri!Ntakundi Nibihangane Imana Irababona.
25 Ruheshi 2015, 19:43, par aloni
nukuri uyo muvyeyi azobakwegera none gayemwe uyo nawe yari mukibiri?yemwe ndadaye yaratuvumye pe!
25 Ruheshi 2015, 19:56, par BARUTIEN
BARAHUGWA!BAMENYE KO NABO BAVA AMARASO.
25 Ruheshi 2015, 19:57, par BARUTIEN
BARAGAHUMIGWA!BAMENYE KO NABO BAVA AMARASO.
25 Ruheshi 2015, 20:25, par Nono
Imana nitabare igihugu c,uburund nkub uw mutamakaz azizik?
25 Ruheshi 2015, 20:35, par NDIRIKIRIKESHA PROSUPER
NUKURI UWO MUKECU YABAYE INZIRAKARENGANE ICO TWOKORA NKABANTU TWOKWIHANGANISHA IMIRYANGO YABUZE UWO MUVYEYI
25 Ruheshi 2015, 20:36, par NDIRIKIRIKESHA PROSUPER
NUKURI UWO MUKECU YABAYE INZIRAKARENGANE ICO TWOKORA NKABANTU TWOKWIHANGANISHA IMIRYANGO YABUZE UWO MUVYEYI
25 Ruheshi 2015, 21:39, par REMY ONE
ndahojeje umuryango wuyo muhisi niyindi miryango yabuze ababo bazira ngo nuko bitwa abantu,Imana izotanga ibihano bikwiye kurabo bicanyi,guturira umuntu kweri ?kandi umukeceru,none barundi urukundo Imana yavuze dukundane rurihe?
25 Ruheshi 2015, 22:22, par Mihigo
Ariko Abahutu mpora mbabwirako muzapfa mwangara kuko abantu mwica ntibaba bafitanye isano nibiriho biba. Ex: abatamakazi n’impinja mubaziza iki? Agahinda karanyishe naho ntari muzi. Igendere Imana iguhe iruhuko ridashira
25 Ruheshi 2015, 22:38, par ABDOUL
N’UKO BORONDERA IZONKOZIZ’IBIBIZIGAHANWA
25 Ruheshi 2015, 23:35, par mapozi elvis
oya nukuri birababaje.kdi Imana icire abakoze iryobara urwo bakwiye.ariko vmt ntimuce mufatira mukivunga ngo n,abahutu bose kuko nkuko n,abatutsi harimwo ibigaba no mubahutu nuko.mugabo uguhora ni ukw, Imana.Mwihangane Kiramvu
26 Ruheshi 2015, 00:21, par NISHIMWE
NONE MANA NIWE DUTAKIRA. UWOMUTAMAKAZI AZIZE IKI? TABARA U BURUNDI.
26 Ruheshi 2015, 00:38, par fidelite
Ndabira ako kamaramaza yari agifise inzu yamabati twebwe izacu bazituriye muri 94,tu parles we yari ashaje abacu baofuye bakiri bato,abo nibo bamaze abahutu b’i mwaro
26 Ruheshi 2015, 06:47, par Eric
abobagesera bagirivyo bose imana irababona barimusi yijuru izobasubiriza munkoko ndahojeje umuryango wuwo muvyeyi wihangane ntakundi.
26 Ruheshi 2015, 07:16, par Jeremi
Namye mvuga aba DD iyo nimikoma exposant 10,mbe ko BUYOYA yarumwicanyi haraho mwari bwumve ngo yishe abatamakazi canke inzoya?ABATALIANO babatamakazi?NKURUMBI azopfa nabi kurya ko se wiwe BIRORI yarumwicanyi yapfuye urupfu rubi,amaraso arahuma.
26 Ruheshi 2015, 07:56, par muhozi
Ndatangajwe nuyu witwa fidelite aya majambo ariko arahuragura . biragoye ko iki gihugu kizokira mugihe kigifise abantu bagifise umutima w ibikoko nk uyu fidelite wishimira urupfu rw uyu muvyeyi. wibuke ko uyu ni umuvyeyi nka nyoko canke abandi baruñdikazi bose. ico womenyaco nuko uyu musi niwe ejo niwewe kandi namba nawe apfuye ashaje. Reka ubunyamaswa mube abantu kiho muzobaho neza
26 Ruheshi 2015, 09:33, par nkurunziza
dd ndakuvumye,ndakuvumye ndakuvumye.Ntasoni.Ayo maraso yose uzoyikorera uyashobora.Abatama,abana,inkumi,imisore,.......................Ariko Imana ihora ihoze,nimubandanye muzobona imperuka yavyo
26 Ruheshi 2015, 10:16, par willy niyomwungere
Yemwe Nibara None Abobatamakazi Babahora Iki Ko Ata Politique Barimwo!
26 Ruheshi 2015, 13:04, par Blaise
Abant Bakoz Iryo Bara Ritangaj.Imana Yomwijur Ndayisavy Ntizibah Amahor Kand Amaras Yiw Azabagir Numuryanga Wabo Wose!
26 Ruheshi 2015, 14:49, par fidelié
muhozi
apfuye ashaje ubwo butindi ku mutwe w’abahutu,nico gituma mworeka kutumena amatwi ngo fyo fyo ngo yishwe, abacu biswhe ari aba jeunes bagiheza amashuri abandi mubica bari kunda,inzoya murababura ku mbabura,abakobwa muraca amabere mutungira imigano,allez vous faire foutre,nzopfejo ni vyo twese dushaka,iyo mitima yanyu myiza genda muyotse muyirye ndabiyamye
26 Ruheshi 2015, 15:36, par Niyongabo
Imana nimwakire ariko ayomaraso yuwo mutama kazi azobagra nkayamwe yabababikra
26 Ruheshi 2015, 15:54, par muremesha amahoro
Iyo myaku mwiyambika Imana izo bibaza,guheruka imiryango nkuko ,mwongera muyangaza,bamugira ico musonera,erega igihugu cacu cacits mogadiscio,Mana bahafi yuwo muryango uhoz,uzigame abasigay,erga aho bukera bazohava bagandagura abo bivyariy
26 Ruheshi 2015, 16:10, par Kenedy
Imana imwakire mubigana vyayo abana biwe bihangane cane ineza izotsinda inabi
26 Ruheshi 2015, 17:19, par mutabazi
Yariyahuye ntakundi . None ko Kiramvu yirwa agurisha umubiri wiwe mu Bubiligi. Ibi nibyo byatumye nyina yitwikira munzu kuko byaramurenze kumva umukobwa we ubu Maraya n’ibiyeri bimumereye nabi.
26 Ruheshi 2015, 17:55, par Gerard
Domitile ndaguhojeje ntamvura idahita niwihangane kuko uri kwisi nikwo bigenda,Imana Irababona Kuko Ntabwo Yakwibagiye
26 Ruheshi 2015, 19:19, par JOEL
IMANA NTAKABUZA IZOMUHORERA.
26 Ruheshi 2015, 19:20, par JOEL
IMANA NTAKABUZA IZOMUHORERA.
26 Ruheshi 2015, 20:17
Mwihangane Izo Nkozi Zibibi Zigiye Guhanwa Vuba
26 Ruheshi 2015, 23:20, par DEKA
NDAHOJEJE UMUGENZI LEONCE MASASE KU KUBURA UMUVYEYI WIWE MURI UBWO BURYO BUBABAJE KANDI BUDASOBANUTSE. IMANA IBAHE KWIHANGANA.
27 Ruheshi 2015, 18:41, par Elias Uwizeyimana
Ariko Imana Izobabaza Byinshi Abantu Nkabo Kuko Nkuwo Mutamakazi Sinumva Ico Yazize Mana Ubabarire Kuko Ntibazi Ico Bakora.
28 Ruheshi 2015, 06:42, par Dieudonne
Nukuri Abakoze Iryobara Baragowe Kuko Nabo Nidyo Barindiriye Uzokwicishisha Inkota Azokwicishwa Iyindi.Umudyango Wabuze Turabahojeje Mwihangane.
2 Mukakaro 2015, 22:30, par NIBONA Nestor
NONE UWO MUTAMAKAZI BAMUHOYE IKI? JEWE NOVUGAKO ARI UKWIGERAKO IMIVUMO ABAKECURU BARAHUMA ABAMUTURIYE NABONYENE BAZOSHA NUMURIRO
3 Mukakaro 2015, 09:48, par Ruzatsa Gilbert
uwo mutamakazi azahumire abamutuririye munzu kandi si abandi ni izinyanka burundi
29 Nyakanga 2015, 20:50, par valene nzoyisaba
yooo....pole sana
23 Kigarama 2015, 20:29, par baptisinzi
turahojeje umuryango wabuze kandi imana imushikane mubwami bwayo hama abakoze akokabi kabishe bahanwe bikwiriye.
23 Kigarama 2015, 20:30, par baptisinzi
turahojeje umuryango wabuze kandi imana imushikane mubwami bwayo hama abakoze akokabi kabishe bahanwe bikwiriye.
25 Kigarama 2015, 19:11, par Bouba Mamadou
Agati gateretswe n’Imana ntigahenurwa n’umuyaga. Umuvyeyi asize abiwe kandi turi ibihumbi n’ibihumbi. Izo ngurube zo mw’ishamba ataco zisonera tugiye kuziturira zose zihere. Yewe na Hitler yarananiwe. Twigumye twese.
12 Nzero 2016, 23:05, par Therence therry bellyn sabbat
Ntakundi nukwihangana ariko du senge cane twebwe dusigaye kugirango uhoraho atyzigame
25 Rusama 2016, 03:25, par oswadhg itumba
Boba Bamuhoye Iki?Abo Bakoze Iryo Bara Barashoboye Gufatwa?
6 Myandagaro 2016, 00:09, par ntakundi
ntakundi wihangane
12 Myandagaro 2016, 03:48, par FRANCOIS NKANDA
EWE IVYA KIRAMVU BIRAGOYE NARIRYA YATUTSE UMUKURU WI GIHUGU! AZA GARUKE BAMUBIKE IKIBANZA CIWE MUMPIMBA CARASIGAYE. ATAVYEMEYE NAHO. AZOCE AZA YESU AGARUTSE
15 Munyonyo 2016, 20:52, par Chadrack Nzobarambana
Basesankuyo Bategerezwa kwamaho Humuramukecu Imana Iracakuzi.
27 Nzero 2017, 14:13, par Ndabacekure Mwene Ruzoviyo
Natwe Turi Muburundi Twomutuka Tuburahoduca Namwebwe Humura Ibisaka Vyimbwa Birimugush!Nimwe Mbarira Iyimyaka Ninyigisho Kandi Icerekwa Nikibona Abanyagihugu Turakeye Mumaso No Mumitwe yacu
18 Ruhuhuma 2017, 14:57, par Amida
Iyo Nkuru Nayisomye Irambabaza Ahubwo Ihangane Malipo Ni Apa Apa Duniyani
4 Ntwarante 2017, 11:21, par Ciza norgan
uwo mutamakazi batuririye munzu amaraso yiwe aze abagi kumana.Hama namwe ni mwihangane kuba mwarabuze umuvyeyi.
4 Ntwarante 2017, 11:24, par Ciza norgan
uwo mutamakazi batuririye munzu amaraso yiwe aze abagi kumana.Hama namwe ni mwihangane kuba mwarabuze umuvyeyi.nihabe amatohoza abakoze iryobara bafatwe.