IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umwana wa Général Kararuza yari mu bitaro yitavye Imana

Umwana wa Général Kararuza yari mu bitaro yitavye Imana

jeudi 28 Ndamukiza 2016, par egide

Umukobwa wa Général Kararuza Athanase yari mu bitaro kuva kuri uwu wa mbere, inyuma y’amasasu yarashwe mu gitero cahitanye se na nyina, nawe yitavye Imana kuri uwu wa kane, akaba yari amaze iminsi ine ariko avurirwa mu bitaro vyitiriwe abasirikare vyo mu Kamenge.

JPEG - 69 ko
Imodoka yarunguruje Général Athanase KARARUZA, umupfasoni wiwe hamwe n’umwana wiwe

Ico gitero cahitanye abavyeyi b’uwo mwana Daniella MPUNDU KARARUZA nawe nyene yahavuye yitaba Imana cabaye mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, mu gihe Général Athanase KARARUZA yari avuye muhira agiye ku kazi n’umupfasoni wiwe, ari kumwe kandi n’umwana wiwe w’umukobwa yari atwaye kw’ishure.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.