Accueil > Amakuru > umutekano > Urupfu rwa Adolphe Nshimirimana rwateye ubwoba mu bantu
Urupfu rwa Adolphe Nshimirimana rwateye ubwoba mu bantu
dimanche 2 Myandagaro 2015
Inyuma y’igandagurwa ry’uwahoze arongoye urwego rw’igendereza General Adolphe Nshimirimana, abanyagihugu bo mu makomine amwe amwe bavuga ko batekewe n’ubwoba.
Abo muri komine ya Ngagara basanzwe bahana urubibe n’ikomine ya Kamenge ahagandaguriwe uwo mutegetsi, bavuga ko batekewe n’ubwoba, ko cane cane mu masaha yo mw’ijoro bashobora guterwa abantu bakicwa canke bakanyuruzwa, mu gihe batanguye kubona abantu bagenda barashirwa ku mabarabara batazwi. Abo banyagihugu baremeza ko hari ikamyo y’igiporisi yagiye irashira abantu bambaye umwambaro w’impuzu za giporisi hagati ya Ngagara na Kamenge.
Urupfu rwa Adolphe Nshimirimana rero, mu giporisi c’Uburundi bakaba bavuga batanguye amatohoza. Yishwe mu gatondo ko kuri uyu w’Imana muri komine ya Kamenge, atewe igisasu ca rokete. Mu biro vy’umukuru w’igihugu bavuga ko Petero Nkurunziza arongoye igihugu ashikiriza ijambo ku mboneshakure y’igihugu.
IGIHE
Messages
2 Myandagaro 2015, 17:12, par kavyonzi
mugumye umutima uwiteka arababona
2 Myandagaro 2015, 17:14, par Laila
RIP ADOLPH
2 Myandagaro 2015, 17:17, par Felix Nishimwe
Intumva Zizokwamaho None Igihugu Cacu Ko Baguma Bagisambura Dukore Iki?Abantu Binkozi Zibibi Nkabo Barakwiye Kuronderwa Bagafatwa Bagashengezwa.Bishoboka Hagakoreshwa Radard Kugirango Tumenye Abagandaguye Uyo Mutegetsi.Dusavye Leta Namashirahamwe Gukorana Nabajejwe Umutekano Kugira Ukuri Kuje Ahabona.Ikibazo Yoba Yazize Iki?Intambara Yaraheze Uwushaka Iyindi Nacire Birarura.Turafise Umubabaro Ntangere Kurupfu Rwuwo Muhisi.
2 Myandagaro 2015, 17:42, par Bizimana Daddy
Abo Banyagihugu Nibabe Maso Kuko Harashobora Kuba Ibindi Bitero Mwiri Joro Ntibaryame Ngo Baryamire
2 Myandagaro 2015, 17:43, par Klk eu
ngenda sha uyabone. waratwishe cane nawe ubu umusi wawe washitse hahaaa nje numva umutima waje wa nezerewe. imana ikubabarire cherie wanje
2 Myandagaro 2015, 17:51, par patriote
uuuh! ubuho murumva ko gupfa bibaza?! mb muvuga ngo muzobamesa OMO barayimaze namw mufise udusabune tumwe tudafata! tekreza biratanguye twese turingaha iwacu!#
2 Myandagaro 2015, 18:10, par burundi
famille aherutse kwica mutakura iramuhumiye uwicisha inkota nawe niyo izomwica naruhuke amahoro muga bihe icirwa abakiri munzira yubwicanyi kko amaraso ntiyijana narimwe
2 Myandagaro 2015, 18:17, par Ndeka Fakijo
Kuba har’umuntu Yababajwe Nurupfu Rw’adolpfe Uwo N’umupagani, Mbega abantu yishe Bari ku gatwe kiwe! abantu baremwe mw’ishusho y’imana yarazi ko batazohura na nyene kubarema? Urupfu,sumwansi,nintumway’imana .
2 Myandagaro 2015, 18:21, par Anicet
Abaribamucunze Bobarihe Bafuye Nabo
2 Myandagaro 2015, 18:36, par Justice KURIBOSE
Hari ikintu kintwenza, kuva aho abantu bapfiriye, nkurumbi abonye ko yoshikiriza ijambo uno munsi gusa?je sindemera ko yapfuye nibaza kari rya rementanya rya ba dd, arko nimba arivyo, nagende kwa rusiferi amwambike imidare kuko yarayikoreye.
2 Myandagaro 2015, 18:36, par Justice KURIBOSE
Hari ikintu kintwenza, kuva aho abantu bapfiriye, nkurumbi abonye ko yoshikiriza ijambo uno munsi gusa?je sindemera ko yapfuye nibaza kari rya rementanya rya ba dd, arko nimba arivyo, nagende kwa rusiferi amwambike imidare kuko yarayikoreye.
2 Myandagaro 2015, 18:38, par emma k
Napfe naw yumv ko biryoha hama abiwabo nabo bumv ukuntu kubura uwaw bibabaza ivyo biber icirwa nabandi bos basigay bari bamez nkaw bameny ko urupfu ataw rutinya
2 Myandagaro 2015, 18:38, par Petit Aimable
Ntawonezegwa Kuko Iry6 Gandagugwa Ryiwe Rishobora Gutuma Haba Ubwicnyi Bwishi Mugihugu
2 Myandagaro 2015, 18:42, par Allakaida
Nôn Abishe Nyakwubahwa Boc Ari Abarundi? Nimba Aribo Barakunda Igihugu
2 Myandagaro 2015, 18:50, par Havyarimana Havy
Impanuka Sugutegwa Rokete Gusa Ariko Nugupfa Utihanye Nayo nimpanuka Abagihema Ni Mwige Iri jambo Muritahure
2 Myandagaro 2015, 18:52, par manirambona thérence totti
nimureme ntac muba,imana yo mwijuru irababona.
2 Myandagaro 2015, 18:55, par NIMUBONA JEAN BOSCO
AHA NYENE,ADOLPHE NAWE YARI UMUNTU ASHOBORA GUPFA?BWA BUNDI,UWOSHAKA YOKWITONDA KUKO NTA KIDASHOBOKA.
2 Myandagaro 2015, 19:07, par Corode
Uwamwishe Mwobamwamumenye
2 Myandagaro 2015, 19:18, par jack
Imana Itagoroy Ikiganza cayo kubategetsi b,abarundi,nuburundi abayisenga benshi bodebukiw kko bobona ko Imana Yahevy Uburundi.arko Abayisenga bakomez kuyisenga kko Izobahoza amarira nakababaro abarundi bagize kubera intwaro mbi.kko Imana Yarabizey nabo barayihemukira,nayo Izobahemukira."BARABIKORA BIKIBAZA NGO BARIKUMW NAYO,IGIY GUSHIRA IMBERE IVYO VYOSE BAKOREY ABARARUNDI IMBERE ZABO,HAMA IBABERE UMUCAMANZA".
2 Myandagaro 2015, 19:31, par Kariyo
Ahubwo Nikibe Icigwa. Ntamwuntu N,umwe Aganza Isi Abanye Ngagara Nabo Ntaco Nibareme Abaza Kubica, Babonye Nabonyene Ko Bishoboka
2 Myandagaro 2015, 19:34, par mdogo mdogo nono
barakamwica nawe yishe abandi iman ihora ihoz abagesera nikubatuza mwavuga ngo mubamesure nn nimwebamesuye nti muhindukir ngo mwice abanyagihug rek muhon ariko ntmuzohon muribesh nabarya babikira barabantu.
2 Myandagaro 2015, 19:43, par fabrice
witinya uwiteka ari kumwe nawe...ibyo byose uri kurebesha amaso yaw niby’akanya gato cyane..ibyo bibye byari byaravuzw n’abshyumb w’uwiteka bubaraba utwininga...arik ndagutangariza k atacy’ub mw’izina rya yesu...
2 Myandagaro 2015, 19:50, par Wawaaaa
Genda Urakarenzwivu! Ahubwo Ngira Ntushikayo!
2 Myandagaro 2015, 20:02, par GAHORO`S
MANA ZIGAMA ABANTU BAWE
2 Myandagaro 2015, 20:13, par Clovis
Uwo Muntu Yaragisibije Natuvireho.Ok Bahaye
2 Myandagaro 2015, 20:20, par JUMOG
NONEGA KOBAMUGANDAGUYE ADOROFE BIBAZA KOBAGANDAGUYE ABA ADOROFE
2 Myandagaro 2015, 20:23, par NDIHO
SOMA BIBR MURABE IVYA FARAWO IMANA YAMUKOMANTAJUMUTIMA KUGIRANGO IMWIHESHE KWICUBAHIRO MBEGA MUBOKWAFARAWO MWABONYE HAROKTSENDE ? BITEBE BITEBUK UKURI KUZOJAHABONA
2 Myandagaro 2015, 20:23, par mpemuku ndamuke
Au cas ou il en avait un encore, que son esprit repose en paix. Que sa famille soit confortée. Qu’ Agathon Rwasa s’ occupe de Benigne comme ils le font tous les deux au parlement.
2 Myandagaro 2015, 20:44, par Gahene
Dukawuke Birahera
2 Myandagaro 2015, 21:38, par Fidèle Niyogushima
Kwahel Kigatanya
2 Myandagaro 2015, 21:44, par Meddy
Nubu Ntibaremera Ko Imana Ariyonkuru?Abobantu Bashira Kumabarabara Mabiki?Mana Rinda Abantubawe!Gumana Nabantu Bawe Mana Rababurije Ntubasigebonyene!Ntawundi Yoshobora Kubatabara Atari Wewe!
2 Myandagaro 2015, 21:46, par Meddy
Nubu Ntibaremera Ko Imana Ariyonkuru?Abobantu Bashira Kumabarabara Mabiki?Mana Rinda Abantubawe!Gumana Nabantu Bawe Mana Rababurije Ntubasigebonyene!Ntawundi Yoshobora Kubatabara Atari Wewe!
2 Myandagaro 2015, 21:46, par YOBAYASHITSEYO!?
AGIRE URUGENDO RUBI,AKURIKIRIKIRWE NABADOROFO BASIGAYE,TWIRONKERE UBURUNDI ATARUBWAMARASO,NDADAYE NA RWAGASORE BIME BYE-BYE.UTAGARUKA!OK BA PETER BARINYUMA UBURAGENDA KUBATEGURIRA AKARERE DD BAAAYI....
2 Myandagaro 2015, 21:47, par kadagi
Ntakibazo niyigenere nyakubahwa nkurunziza nawe araba abibona ivyobadukoze ahabere umugabo
2 Myandagaro 2015, 21:56, par meddy
Banyangagara! Imana Irikumwe Nanyu!Imigambi Ya Satani Imana Iyihindura Ubusa!Iratabara!
2 Myandagaro 2015, 22:02, par jey ki.
nabandi ni babibone ba ayubu na bkazungu uwonyene yi gize filimason
2 Myandagaro 2015, 22:03, par Desire
Nyakubahwa Adolphe Imana Ikwakire Mu Bwami Bwayo,nongera Mpoza Umuryango Wawe Usize Uti Pore Sana .Umusi Umwe Muzobonana Nawo Kandi ukomeze Kugusabira Kandi Ntawukundwanabose
2 Myandagaro 2015, 22:47, par Innocent
Ahubwo nkeka azogaruka nagende abone impembo yivyo yakoze muri benewabo abaziza ubusa ahubwo rutwaye uyo nabandi nkabo rutabibagiye.uwomuririra nuwobasangira kwica igihugu nayonkanje nakurikire uwanje bishe bamuziza inyungu zabo.tubabajwe nigihugu cacu kiriko gisenya nabocubatse ahubwo abantu nkabo bohona igihugu kikaruhuka.
2 Myandagaro 2015, 22:50, par cris
uyo mugabo jew amatwi ansumira ngo yari umwicanyi ngo yagandaguye benshi!aho mubona Imana yahoye kuko nabo bapfa bari bakeneye kubaho ntagihangange imbere yurupfu !mboneyeho nakaryo kogukebura abagifise akageso kokugandagura abandi nkuko yariyahoneje benshi bikebuke kuko twese tuzopfa ntawuzorusimbo.uwucisha inkoho azokwicishwa iyindiiiii
2 Myandagaro 2015, 23:06, par Innocent
Ivyokwizanisha ubwoko ntimukavyitwaze ahubwo indazanyu zituzura,ariko abantu nkabo zigiye kwuzura ivu nkabandabo ariko Imana izi gusobanura ababi nabeza izobikoro ndahumurije kamenge mbese Bujumbura yose ntimugire ubwoba ahubwo mupfukame musenge ikizoza kizobasiga gihitane uwogishaka.
2 Myandagaro 2015, 23:48, par Müller
Ahari Abatware batunganye, abanyagihugu bararuhuka. Ubutware, ukuyobora igihugu, ntibishoborwa na bose, ntivyahawe bose n’ingabirano, ishingiye ku ndero runtu. Ntupfa kuvuduka uri indushi, ingegera, ataburere butomoye, ku va kuziko,hanyuma ukuzuza ubwenge mubindi vyigwa. Nayo kuva mwishamba, wahize iki? Inzara ni nzigo gusa. Ukwica, ukuborerwa, nta mukokayi (Kigingi) agira ubuntu bwogutwara no guhanura. Ntawutanga icadafise. Kwica ntibikuraho ibibazo ahubwo birabitere. Uwica aca amera nk’umusazi mu mutwe Amaraso y’abantu arahuma. Uwicisha inkota azokwicwa nayo. None s’akarangabwami? Muritegereza muzobona.
3 Myandagaro 2015, 00:46, par King Jordan Eddy
Umuntu uwariwewese azotegerezwa guhonja ikuzimu ntanumwe atazojayo nico gituma rero kwiyisi atawukwiye kwigira igihangange kuko intare ipfuye isumbwa nisazi nzima,mwibuke Khadafi mwibuke Osama bin Laden,kimwe gusa abategetsi bareke kuducanishamwo twebwe abanyagihugu batobato ntantambara yamoko iriho ahubwo nintambara yinda gusa nubukunzi bwinda buri mubategetsi,barundi mwese ntihagire abatubesha intambara yamoko murazi aho yatugejeje,ahubwo uwo yanditse ivyabahutu nabatutsi numusazi muramuraba neza,j barundi mwese. Ndabasaba gufatana munda ntimusubire kwiyumvira ingwano yamoko,kuko birababaje iyo umuhutu atinya kuja kumusaga kand birababaje iyo umututsi atinya kuja mukamenge kuko hose dufiseyo incuti n’abagenzi.
3 Myandagaro 2015, 00:56, par King Jordan Eddy
Umuntu uwariwewese azotegerezwa guhonja ikuzimu ntanumwe atazojayo nico gituma rero kwiyisi atawukwiye kwigira igihangange kuko intare ipfuye isumbwa nisazi nzima,mwibuke Khadafi mwibuke Osama bin Laden,kimwe gusa abategetsi bareke kuducanishamwo twebwe abanyagihugu batobato ntantambara yamoko iriho ahubwo nintambara yinda gusa nubukunzi bwinda buri mubategetsi,barundi mwese ntihagire abatubesha intambara yamoko murazi aho yatugejeje,ahubwo uwo yanditse ivyabahutu nabatutsi numusazi muramuraba neza,j barundi mwese. Ndabasaba gufatana munda ntimusubire kwiyumvira ingwano yamoko,kuko birababaje iyo umuhutu atinya kuja kumusaga kand birababaje iyo umututsi atinya kuja mukamenge kuko hose dufiseyo incuti n’abagenzi.
3 Myandagaro 2015, 01:01, par Fipue
Jew.Ndibaz.Kwarukubesh.Ntawapfuy?Kuk.Ukonz.Imbonerakur.Zokora.Amaroregwa
3 Myandagaro 2015, 03:08, par Falcon
Muntabare munkubitire iyindi ROCKET mavoka.hahahaaaa,hahahaaaaa.
3 Myandagaro 2015, 04:23, par SIMBERA ENE KLOSE
ABARUNDI TURAZI GUTWENGA.MBE MURI TWEBWE DUSIGAYE NINDE ATAZOPFA?URAZI UVUZE NGO AGIYE KWA SHETANI UFUYE UKAMUSANAGAYO AYO YOGUKORERA?UVUZE NGO AGIYE KU MANA HO NI AMARAME.REKA GUTWENGA KUKO NAWE NTUZI KO UZOJA MW’IJURU CANKE KWA SHETANI.
3 Myandagaro 2015, 06:00, par SAMWEL
ukuntuyarumwicanyi sinarinzikonaweyopfuye imana imusubije kumutwe amarasoyasheshe
3 Myandagaro 2015, 06:01, par Igihe Cimpemburo
Imana Dusenga Iradukunda Pe!Komeza Dusengere Abandi.Imana Ininahazw Mwijuru Kwisi Haze Amahoro Kubayikunda Bose.
3 Myandagaro 2015, 06:23, par Y.else
Bakundwa nabandibameze nkawe nibisuzume kuko icumunta biaa nico azokwimbura kandi igitenene gitegwa namporemama
3 Myandagaro 2015, 07:20, par Gitero
yarumugabo wijunja n,ijambo.muga naphe ntakundi,uruphu ntirucagura.natwe turinyuma.hatibagiwe nabo bakorana. Nkurunziza uraba ukanuye aho uzoba uri hose.
3 Myandagaro 2015, 08:11, par nakintije aloys
nukuri numubabaro kandi nigihombo gikomeÿe turasavye ubutungane bukore amatohoza yihuta
3 Myandagaro 2015, 08:12, par nakintije aloys
nukuri numubabaro kandi nigihombo gikomeÿe turasavye ubutungane bukore amatohoza yihuta
3 Myandagaro 2015, 08:24, par ETO’O
jeneguye uvuzengosiwabonye arapfuye.ahoyari yibazangonugupfagushikaho.nasengeimana uwusigaye azobone ijuru.ahobashimirimana ntibapfuye
3 Myandagaro 2015, 08:42, par Jakaya hermes
Izombonerakure n,abo ba mercenaries ba fdrr bigize abapolis mubarabe neza kuko ari ibinywamaraso
3 Myandagaro 2015, 09:10, par AMANI
Twese tuzopfa ariko mbabajwe nuko apfuye ataritunganya ngo asabe imbabazi kubo yishe cank yanduj
3 Myandagaro 2015, 10:21, par burikukiye Dorlose
Yemwe yemwe yemwe!!!Imana iracakunda uburundi, kwipfuriza urupfu uwundi n’icaha yamara burya amarira n’amaganya uwo dolufu mwunva yateye imiryango ni menshi, kandi harya Imana ihora ihoze, mbe barya bana yarasa mumutwe bapfukamye, yaraziko Imana itazobahora tôt ou tard? Hanyuma Peter nawe yashikiriza ijambo kubera dolufu yaramariye iki igihugu? Ubwo murazi abantu bapfuye tutibagiye ingabo z’igihugu zapfiriye somaliya ariko ukamengo ni nk’utunyegeri twapfuye canke imibu? Kwatigeze avuga? Arazi kwiyerekana iyava pe!!!Ariko nimba ariwe yamwishe, ndamushimiye cane ngira agomba kwihanura, nimba naho atriwe yamugatuye, niyikebuke kuko vyoba bimukomeranye nawe rwoba ruriko ruradodora!!!Kandi abarundi turarushe, vuba tuzoruhuka dukomeze kwizera ikiganza c’Imana gusa. Dolufu nawe nk’umu christou, novuga nti Imana iguharire kuko ntiwaruzico ukora!
3 Myandagaro 2015, 10:47, par Nsavyimana ERIC
Ashikirize Ijambo Arke Vyos Ni Zero Kuko Agapfuye Kabazwa Ivu, Ijambo Ry’IMANA Rivugango Ingero Ugerrko Abandi Niyo Uzogeregwako Kubwivyo Ntawobabara Jew Ngiz Nti: Teank You God.
3 Myandagaro 2015, 11:07, par NIMPAGARITSE JEAN BAPTISTE
UMUVYIMBA WA ADOROF SHIMIRIMANA BURUNDI BUJUMBURA
3 Myandagaro 2015, 11:27, par Avith Njamena
Urica kera ukica ruhuma ubwo yaraziko barya babikira bo mukamenge batazomuhumira,nawe nabiboneko yarumuntu nkabandi.
3 Myandagaro 2015, 12:04, par emma
emma
muzee, imana ikwakire mubwami bwayo ntakibi wakoreye imana, abasigaye barakuvuma nabo imana irababona kuko icaha cinyanduruko carabafashe.
3 Myandagaro 2015, 12:26, par JUNIOR
ahosha muriko murihenda ubumwosanga shetani imwongej ipete muvugenabi mubesha agiy kuropesha aboyahohoshoye abongere yonger yitegurir nabasigaye baravuga ivyobashatse.kubiriko biravugwa muzomusangay azobatoza ayabuji.jew novuga nti imana imwakir mubwami bway yomger imuharir ivyoyakoz vyos nkuko natw izoduharira kuvyo twakoze kuva dushits kurinosi yarurema
3 Myandagaro 2015, 12:27, par JUNIOR
ahosha muriko murihenda ubumwosanga shetani imwongej ipete muvugenabi mubesha agiy kuropesha aboyahohoshoye abongere yonger yitegurir nabasigaye baravuga ivyobashatse.kubiriko biravugwa muzomusangay azobatoza ayabuji.jew novuga nti imana imwakir mubwami bway yomger imuharir ivyoyakoz vyos nkuko natw izoduharira kuvyo twakoze kuva dushits kurinosi yarurema
3 Myandagaro 2015, 13:39, par Kajologis
Nukr Adolphe Bary Babikira Wagandaguy Bunyamaswa Niwabasang Kuntebe Y’ubwami Uzobigenza Gut?Urwo N’urubanza Rwa Mbere Baguciriy Abisi Hasigaye Imana Yaremye barya Babikira Yezu Ati<<Icudashaka ko bakugirira ntukabigirira ntukabigirire abandi>>
3 Myandagaro 2015, 15:16, par BOSCO
NTAKUND.IVYARBAY.VYABYNTANAKIMWEBASHOBORAGUHINDUR UMUSIWIWEWARUGEZ.ICONOBWRABARUNDI.NIBHUMUREIMANAIRATUBONA.NTACOTUZOBA.KUKOWICAKER UGAHUMIRWANURUHINJA
3 Myandagaro 2015, 15:19, par IGIRUKWISHAKA DIEUDONNE
VYUKURI TWEBW ABARUNDI DUTEKEW NUBWOBA BWINSHI KURWO RUPFU RWJ GENERAL ADOLFE NSHIMIRIMANA BADAKUYE ABO BANTU USANGA BARI MUMABARABARA BAZA BIYAMBITSE UMWAMBARO WA GIPOLISI KANDI ATARIBO NTAGASHOBOKA .
3 Myandagaro 2015, 16:00, par ERIC
HEWE SIMBERA NGEWE ZAGENDA MWIJURO MBEGA WIYATURIRA KUNJA KWA SATANI?MUGABA ADOLPHE NSHIMIRIMANA APFUYE ABIZI KUKO AGIYE KWA SETANI SHA NAGENDE IMANA IMUBAZE IVYO YAKOZE KWISI KUGANDAGURA INZIRAKARENGANE,MANIRUMVA,SAFISHA WARUMUGAMBI WOKUMARAHO ABAYOBOKA RWASA FLN,GATUMBA, MUGABO AMARASO AMUKOZEHO NA BAKECURU BANGANA NANYINA YICIYE KAMENGE,NA BIYAMIRIZA IKIRIGO CA BOSS WIWE PETER,IGIHEMBO AMUHAYE AMUGATURIYE MUKAMENGE
3 Myandagaro 2015, 17:25, par HAKIZIMANA J.BAPTISTE
AMATOHOZA NABANDANYE TUMENYE UWO MWICANYI
3 Myandagaro 2015, 17:37, par PAUL
ABARUNDI TURABUZE AHUBWO TUMUSABIRE KUMANA IKIBABAJE NUKO APFUYE ATIHANYE
3 Myandagaro 2015, 17:37, par PAUL
ABARUNDI TURABUZE AHUBWO TUMUSABIRE KUMANA IKIBABAJE NUKO APFUYE ATIHANYE
3 Myandagaro 2015, 18:21, par Samuel
Mumurek Mwe Simwe Muc Urubanza Imana Niyo Izovyimenyera.Non Mwese Mwunguts Iki?
3 Myandagaro 2015, 18:33, par DIEUDONNE
HUBWO NTIYAPFUYE KUKO ABANTU YISHE YARAZI KO ATAZOPFA AHUBWO NIMUMUREKE YIMARIR ITIRO RYIWE
3 Myandagaro 2015, 19:33, par GAD
Ahubwo abakirisu musenge cane ntakire kuko bamutwaye kwa setani kumuvuza.ntazogaruke nka RIHANA.
3 Myandagaro 2015, 19:46, par GAD
Ahubwo abakirisu musenge cane ntakire kuko bamutwaye kwa setani kumuvuza.ntazogaruke nka RIHANA.
3 Myandagaro 2015, 19:57, par DARCY
"Ntimucire urubanza ADOLPHE kuko namwe ntimuzi urwo muzocirwa,IMANA niyo irema ikongera ikaremura
3 Myandagaro 2015, 20:45, par Nem
Ivyabaye Vyabaye Umusiwiwe Arugeze Ico Nohanura Abamezenkawe Kuko Bokoraneza Kuko Mwisi Siwaci
3 Myandagaro 2015, 21:16, par Pacifique
Naje aho yasize abandi.
3 Myandagaro 2015, 21:24, par Ntungwanayo Jackson
Uwabikoz Niyaba Yabikoz Kugir Abicwa Mugisagar Ca Bujumbura Nahandi Banw Amazi Akomez Kuk Umubi Si Adolphe Gusa Mu burundi B’Adolphe Ntibazohera.
3 Myandagaro 2015, 21:49, par Jackson
Ntakiba Imana Itakizi Kandi Umuririmvyi Mukombozi Yarabivuze Ati Uvumwa Na Beshi Ugatota.
3 Myandagaro 2015, 22:03, par vianney
mutama ntakundi wigire abo wishe nawe barakurindiriy bakubaze ico wabiciye ubahora ubusa
3 Myandagaro 2015, 22:04, par vianney
mutama ntakundi wigire abo wishe nawe barakurindiriy bakubaze ico wabiciye ubahora ubusa
3 Myandagaro 2015, 22:55, par Ntungwanayo Jackson
Yemwee Ndumiwe Kumvako Rocket Yotegwa Adolphe Ikamufata Niz’ahitwa Ibuga Na Buhema Zaramuhushije Abasigay Bobo Nimanati Nibuye.
3 Myandagaro 2015, 23:45, par Eddy Kriss
Imana Niyo Izoca Urubanza.Nimugabany Amajambo.Funga Midomo.
3 Myandagaro 2015, 23:52, par KAZE-FDD NGOZI
NINDE AZI AHO AZOSHIKIRA KIRETSE IMANA?AHUBWO NI MWIMENYE.KAZE-FDD NGOZI.
4 Myandagaro 2015, 06:33, par Edy kiss b
ntamuhing wis abah ahubw tungany umutim waw ntakwishir hejur uri kwis uj heru iman igucish buguf
4 Myandagaro 2015, 08:12, par Jérôme niyongabo
mubisanzw abavuganibavug arikondabaza yishwenaband?bivuyekuki?bashatsegushikakuki?bateguraiki?rekaturorer ariko abenshimuhakure icirwa!
4 Myandagaro 2015, 10:36, par Innocent
Mbe Ko Bavuga Ko Imbonerakure Zifise Inkoho Mbe Adolphe Yishwe Nimbonerakure?
4 Myandagaro 2015, 14:13, par Ntungwanayo Jackson
Kuba Adolphe Apfuye Ntibidutangaze Kuko Naho Yorambiye Kwisi Iherezo Yopfuye Rero Ba Adolphe Basigiye Kabajemwo.
4 Myandagaro 2015, 19:12, par bitangumukamawill6y
Gabanya insaku nabandi bari inyuma irya ninttango
4 Myandagaro 2015, 20:45, par Nshimirimana
None Uwo Nshimirimana Ngo Ateyubwobabantugute?Nonubukatakirirobatewubwobaniki?Ndungikira Ifoto Yigiheyagandagurwa.
4 Myandagaro 2015, 21:36, par Bakura
Imana Nimwakire Mubwami Bwayo
4 Myandagaro 2015, 22:10, par ngabo
inyumayurupfu rwa gén adolph nshimirimana bavuz vyinshi arikotwibaze nk’abarundi kuki umutegetsinkuwo yishwe?kandi akicwanabantu biboneka kovyateguwe?ubwotutahagabiy abandibontibarinyuma!nagombandemeshe abarundi dutekane kanditwongera turabanabariko bagira ububwicanyi murakoze
5 Myandagaro 2015, 04:04, par NDAYIRAGIJE leonidas kumuyebe bitare
ubwo ntihazobA intambara kuberayapfuye
5 Myandagaro 2015, 08:56, par Niyonkuru Jean Marie
Abarundi Dufatane Munda Dukunde Igihugu Nabanyagihugu Niho Tuzogra Amahoro.
5 Myandagaro 2015, 16:37, par justin ndayikengurukiy
mb konumva mumucira urubanza buyoya yish isoko baj kurema nkama 600 yica abantu nindeg muri ntega busokozo yica umukuru wigihugu ndadaye bafatanij na buyoya , pacifique yish abanyeshur kuri kaminuza ubunaho afatanij na kagam basiz mungiro umugambi wokugandagura Lt G nyukubahwa mutama Adolphe ubu mudahagarits iyo migambi mibi IMANA igiy kubagabura mumaboko yacu
5 Myandagaro 2015, 21:21, par NTUNGWANAYO JACKSON MU KAYOGORO
ABANYAKIBI BASIGAY NIBARYE BARYAME ARIKO BABE NK’INKOKO INWAMAZ’IRABA HEJURU.
7 Myandagaro 2015, 09:53, par bitangumukama willy
Mbe muraz ikibi yakorey barundi nabarundikaz abo yagizabapfakazi muzi uko bangan abana babuze abavyeyi bangana? Icatumwe kibabaza beeshi gushika aho bamwinjiza umuri muburuhukiro ibiziga bikahunga mbe nkahamwe yogaruk vyogenda gut? Adolopho yagiy ubu nukwiruk nabasigay mwengoja hasigay imisi mike 19
7 Myandagaro 2015, 09:59, par dj eric from MKB
yooh birabaje
7 Myandagaro 2015, 13:01, par Emma
Ahubwo,abamugandaguye bibazakobisheba adolphe? Nibarindire,mukirundibacumuganingo,intarabona isyerihaha.
13 Myandagaro 2015, 06:54, par NDAYIKEZA BLACK G
ABOBANYAGIHU NTIBAKURE AKAGUMA KUKO UYISHE NTOVUGA KARISANGANYA KUKO NTIYOKWICWA NGO ABANYAGIHUGU NGOBAMERE AMAGABO NGO BIHORE KUKO HAPFA BESHI UGASANGA BARIKO BARARIRA MUZE KUTWISHURA MUZOBA MUKOZE
13 Myandagaro 2015, 07:00, par BLACK G
imana niyonku iyo mana izoca urubanza mwijuru
13 Myandagaro 2015, 22:13, par cléophace
mugani wa bo uworukarisha gwomumwa
14 Myandagaro 2015, 21:07, par ELIE
ABO BOSE
17 Myandagaro 2015, 11:41, par niyomugisha minerve
iranteye ubwoba
9 Nyakanga 2015, 17:59, par NISHIMWE JEAN NEPOS
NUKURI URUPFURWANWAKWIGENDERA ADOLPHE RURANYICA NJABABARA NJABURA UKWO NDABIGENZA
18 Nyakanga 2015, 20:44, par NDAYIRAGIJE LEONIDAS
ARIKO TUZORYOHERWE TUMVISE AKABI MUGIHUGU ABOBICANYI BOBO BAVAHE? UBWICANYIBWO BUZOHERA RYARI?
24 Nyakanga 2015, 15:56, par NDIHOKUBWAYO Remegie
NONE BAGIRA UBWOBA KUBERA IKI ?
6 Gitugutu 2015, 19:21, par Josué Nzoyikorera
Nbeganonekotwunvise Umukuruwigihugu Atubarirak’Amatohoza Yabakoz’iryobara Agiyegukorwamukiringokitarenz’indwimwe,tukabatugezekwigenekerezorya06/10/2015navyobikabavyabay’igenekerezorya2/08/2015nonevyahereyehe? Barananiwe?
6 Gitugutu 2015, 19:22, par Josué Nzoyikorera
Nbeganonekotwunvise Umukuruwigihugu Atubarirak’Amatohoza Yabakoz’iryobara Agiyegukorwamukiringokitarenz’indwimwe,tukabatugezekwigenekerezorya06/10/2015navyobikabavyabay’igenekerezorya2/08/2015nonevyahereyehe? Barananiwe?
6 Kigarama 2015, 11:58, par Ukonyene
Nagira Ntiyopfa
24 Ndamukiza 2016, 07:02, par adolphe
photo
14 Rusama 2016, 22:18, par Danier
Twereke Ingene Yapfuye
15 Ruheshi 2016, 11:45, par Cyliaque
Niyumvira Ukuntu Vyagenze
16 Mukakaro 2016, 13:14, par Obedi
Non.ntawundiyomusubirira
2 Myandagaro 2016, 15:20, par Salvator
Amaraso Yajenerare Azobahame Nabana.Banyu Inyumgu Yivyo Mwagomba Mwarayibonye Naho Mwahunze? Uwo Muntu Yategeste Gukora Idyobara Mwomuvuga Tukamumanika Nabo Babikoranye Amahoro Yoca Aboneka Mureke Kudandaza Umunwa Erega Muzogaruka Iyomwagiye Bazobirukana Mwahaneye Bizogendagute ? Nyakwubamhwa Tuzogendera Amateka Yawe Naho Bamwe Twahoranye Bakunda Inda.Imana Yaba Ari Vyoshoboka Imana Yakuzura Wenyene Amahoro Yoca Abônek Ninzara Nubuken Biraturenbeje Monjenerar Iyitari 2 8 2015 Ntiyanbereye Nziza Kuri Sa8zigitondo Amasiri Yabana Bawe Ugume Agushikira Kumana Esimana Yokuzura Njarazaro Harabantu Boca.Baja Kwiyahura Bagumya Bamga Komera Mugabo Abakumda Inda Sabagumyabanga? Nibobatugandagura Ok
4 Myandagaro 2016, 22:22, par paul
duhovye umugabo wijuja ese uburundi buzoronka uwundi nkuyo
29 Nyakanga 2016, 19:44, par Mbayire
Nahobatwiciye,ntwariyacu,caratuvunyentituzovako
14 Kigarama 2016, 21:16, par diyodone
wirinyamitwe ivyo bamwagirize nivyn
14 Kigarama 2016, 21:19, par diyodone
wirinyamitwe ivyo bamwagirize nivyn
25 Nzero 2017, 12:22, par mario obinho
wap!!! ntibavgshe ukur ko ari bo gsa
5 Ruhuhuma 2017, 09:31, par NTANAMA.FÉLIX
NAJEVYARAMBABAJE.VLEMENT.KUNVAGENNELARARE.ADOLPHOYISHWE.ABOBAMWISHEBOSEBAKAKAUMURIROUDAHERA.OK
5 Ruhuhuma 2017, 09:32, par NTANAMA.FÉLIX
NAJEVYARAMBABAJE.VLEMENT.KUNVAGENNELARARE.ADOLPHOYISHWE.ABOBAMWISHEBOSE BARAKAKAUMURIRO UDAHERA.OK
17 Ruhuhuma 2017, 21:37, par Amida
Narababaye
17 Ruhuhuma 2017, 21:48, par Amida
Nashake Apfe Hari Ico Yampa
24 Ruhuhuma 2017, 20:17, par AL’
À
25 Ruhuhuma 2017, 06:29, par Niyangabo Deus
Adeloph Nsimiriman Naruk Kuk Ya Umukoz Namb Yar Umugororots Iman Niy Ibiz Umunt Afitey Inger Yivy Yakoz.
2 Ntwarante 2017, 20:43, par leopold
YOo!!!!kabisanagahomamumwa gusandihanganije abarundiboseburya imananikoyariyabiteguye.
2 Ntwarante 2017, 20:44, par leopold
YOo!!!!kabisanagahomamumwa gusandihanganije abarundiboseburya imananikoyariyabiteguye.
5 Ntwarante 2017, 20:42, par Thierry Mugisha
Naje Narababaye Aba Mwishe Barakaja Mumuri Udahera Ok
19 Ntwarante 2017, 18:42, par eriezer
uwo muhisi baramusabira aje mwijuru
2 Ndamukiza 2017, 14:25, par lifaZI
none.abobantubamugandaguyemwoshoborakubatubwira?.jewekugitic’anjebwitenumvanohumuriza.aboyasizehamwenumuryangowiwe ok
2 Ndamukiza 2017, 14:30, par lifazi
Nonemwoshoborakutubwira.abamugandaguye?.gusandihanganganije.aboyasizepianumuryangowiwe
9 Ndamukiza 2017, 22:01, par KORODE NITIMBERE
None Mubona Twakwitega Amahoro Muburundi
6 Rusama 2017, 22:34, par VIATOR
GUSA MWO TUBWIRA UWA MWISHE?
23 Rusama 2017, 11:41, par Wizeyimana Varisto
Inkurufise Nukoyarumwicanyi Naweniyumve Ukuntu Urupfukorubabaza Nakare Inezayiturwiyindi
23 Ruheshi 2017, 08:37, par Damaseni
13 Mukakaro 2017, 21:33, par DÉZURE