Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Willy Nyamitwe: "Ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu ntikigiharirwako" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Willy Nyamitwe: "Ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu ntikigiharirwako"

Willy Nyamitwe: "Ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu ntikigiharirwako"

samedi 25 Mukakaro 2015

Willy Nyamitwe,umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru amenyesha ko ibiganiro bizobandanya bizokwiga ku bibazo vy’imibano na politike.

Willy Nyamitwe avuga ko abasaba ko amatora yigizwa inyuma bashaka ko yari politike yo kugira bisange ikiringo c’inzego caheze hanyuma hakabura abazisubirira.Kubwa Willy Nyamitwe,ivyo ntibari kuvyemera kuko barenze kw’igenekerezo rya 26 Mukakaro bari kwisanga ata nzego zemewe n’amategeko zihari.

Umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu avuga ko umukuru w’igihugu azoshiraho vyihuta Reta izobandanya ibiganiro n’abatavuga rumwe na Reta hamwe n’abari mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.

Kubwa Willy Nyamitwe,Ivyo biganiro bizoba bishingiye ahanini ku kibazo c’itahuka ry’impunzi,umutekano mu gihugu,ariko ikibazo c’ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu coco avuga ko kitagiharirwako.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Bamuhenze amatora ntaraba kandi ntitwemera inkinamico yanyu mwakoze turiteguriye amatora meza cane atarimwo abicanyi. Murakoze.

  • Dusenge Imana Nitsinzi Nuyuhoraho Gusa

  • Dusenge Imana Nitsinzi Nuyuhoraho Gusa

  • Ariko Araryosharyosha Abari Muri Opposition Ngo Baj Muntwaro Nabo Muri Societe(S)Civile(s) Nubwitonzi Bwinshi Nkumworozi Ariko Aratrra Ibigori Inkoko.Ivyo Bibanza Ntavyo Dushaka

  • ubuho ibiganiro muravyemeye arko bibe ibiganiro bitorera inyishuza barundi ntimuronderere inyishu zamadayanyu muyafugimikanda

  • nukore gusa mwumve ko hariho abantubicwa kubera batarimumugabwe wa cndd fdd kuko nabakristu ntibica abapagani kandi bakabana kandi hazobintambara kandi niyaba nawe izogushikira ibiba kumworo bizoshika no kumutunzi

  • Mwarivye murica murakora ibibi vyose , ntimwabona ko bikwiye ubu hageze aho mwiba ibiri mwibwirizwa shingiro n’amsezerano y’Arusha? Kukagagazo kanyu n’amanyama menshi na’agakengere mukengera aba rundi ngo ikiringo ca3 ntigiharigwako? Muriki mwebwe ? Mwishimikije iki? Vuba mugira mutangare ndababwiye mwarabaye intahanurwa muba abatagonda izosi , abane gihugu bamwe bamwe bariko bapfira mu nkambi abandi muriko mubaboreza igufa ! Nagirandakumenyeshe ko ariho abarundi batari bake biteguriye no gupfa gushika uyo mwicanyi nkuru atembagajwe ! Mwaragarukanye intambara mugarukana amacakubiri kunyungu zanyu ubu mubona ko abarundi aribijuju ? Ww Nyamitwe vuba tuzogutoza intoke imburabwenge ishima gwiwe ! Amanyanga yose mukora turayazi ubu ntakubabembereza mwigize ibimana mu gihugu ukamenga ntimuva amkamenga ntimuva amraso nkabandi , hageze aho mutongana n’amakungu murimwebwe nyene muriko mugenda isabagire nkifu yimijira! Rukara ari hehe?Rufyikiri ari hehe? Ntavyohanyuma ari hehe? N’abandi benshi mwarikumwe aariko uracafise utwo udendekanya n’uburyarya bwinshi ww na Ndayicariye na so buja

  • sha ntusye bwose ngo ushire itako hasi uburundi buracafise ingorane naho uvyirengagiza,

  • Imana ninyaruts ivyoyateguye ntawundi muti abazosigara babeho imbwa ni mihimbiri yaragiy.

  • Ntaca nvuze akarinyuma karahinda.wibesha uzogita ico gihugu ugende kurya ivu kwa setani umukunzi wawe.vuba mugiye kubona ibitangaza i burundi,wait and see!

  • Ntaca nvuze akarinyuma karahinda.wibesha uzogita ico gihugu ugende kurya ivu kwa setani umukunzi wawe.vuba mugiye kubona ibitangaza i burundi,wait and see!

  • Ariko Nyamitwe Aho Ntiworeka Kubabaza Abarundi Uriyemeje Kwikorera Amabi Yose Y, Iyontwaro? Erega Ejo Bizohinduka Baguharire Ivomo. Ababuze Ababo Mumyirekano, Ukinamura Ngo Bahitanywe Na Ba Balles Perdues? None Sowe Yahitanywe N, Iki?

  • UHORAHO aracari kungoma kandi agite inzira zirenga igihumbi
    agiye gukirizamwo abarundi kandi vuba cane UHORAHO agiye gushira ukuri ahabona...

  • Ewe Nyamitwe!!Wigira Nguri Nyawitwe Hazoger’igihe Biguteturukana,icari Kituraj’ishinga Mubiganiro Ni 3e Manda,mbe Nyamitwe Kutavuga 3e Manda Kutavuga Abirigwa Baricwa Atacamira Kutavug’ama Radio Yugawe?Ndaciye Ndagiye,arik Mwibukeko Ahaturi Har’abandi,N’abadag N’ababirigi Baradusize.@

  • Mbega Nyamitwe userukira igihugu canke userukira Peter nahanva uzakora ibiki mubuzima bwamisi yose ndakuzi yuko ta societies nimwe yaguha akazi erega politique ya CNDD FDD tayuzi subiza amaso inyuma uraba abataguje umugabwe Peter amaze kubaganza mu mahanga weho turakurindiriye tamakungu azaguha ubuhungiro

  • iryo terabwoba misiyose ngo akarinyuma karahinda mbe muburundi hatwara imbeba?muraze muzodusanga,

  • jewe ndatangazwa naba rundi bamwe bamwe. wumva ngo tugiye gutera intambara.umunye politike yarazubwenge ni pitasi bayaganakandi wewe yaratanguye kuzana siteviya yabanabandi vyobukwo.ariko iconzi nuko uwushaka intambara ntacazogerako kuko simwemuzi kurwana mwenyene akazocaruka dufata kandi uwutazi intambara azoyibona#nyamitwe#avuga ivyazi wewe yarize politike.rekatubane mwase tumwane.!

  • NYAMITWE IVYO N’IVYO WIBWIRA.WIBUKE KO MWEBWE MUSA N’ABANA B’UMUGABO UMWE MWACANYEMWO.NTACO WEWE USHOBORA KUZANIRA UBURUNDI URI NDANDENDE UKO.IBAZE WOMENYA ABAJENERARI BARI MW’ISHAMBA MWAKUYE MURI LETA ARI BANGAHE?ABTEGETSI BAHUNGA BASHAKA KWICWA N’AMA MONTAGES MUTEGURA KANDI BARI BA SOMAMBIKE BANYU BANGANA IKI?WIBUKE AMARADIYO WATURIJE EJO WEWE NYENE USHOBORA KUZOBURA AHO UVUGIRA KANDI UTEKO WICUZE.SIMVUZE AMAMILIYONI Y’IBISHOMERI.UNO MUSI LETA IRANGWA N’IGITURIRE N’UBUSAMBANYI.UDAFISE AMAHERA UBURA AKAZI.UDAFISE ITAKO RYIZA WAPI.EJO MUZIRUKA REKA DUTOROROKANE GUSA.NK’UMUHANUZI WA PETERO GANIRA VYOSE N’ABABAGWANYA MURABE KO MWOBA MURARIYE N’IVYA 2JRS.MUBEHO.

  • hahaha mbe nyamitwe sha,uko iminsi igende irahera niko ugenda uba ikijuju kweli,,,ngo ikibazo ca 3eme mandat kizoba gihari???manifestation yatewe n’iki ga wakijuju???abantu bapfuye baziriki ga wakirwa rudubi???sha ntabwenge bw’abahutu nimugandepe

  • Aba bipfa nababisangiye ntawobijamwo

  • Je Mbabajwe Na Rwasa.Nayahandi Nabatutsi Batway Ku Ma Cout D’etat Ubu Mwagira Musubire,urya 6 Ndaday Sha. Urya Yararenze Mu Gisoda Mureke Atware Na N’abatutsi Btwara Ku Nguvu Bratway,reke Atwar Nta Munyagihugu Yipfuza I Ntambara Muriko Muhenda Niyombare Umenga Ntiyize.Ka Paciphique Ininahazwe Karungka Abant Mwibarabara Kume Kateguy Kub President Bidaciye Muma Tegeke,hama Ngo Karongoye Ishirahamwe Ridaharanira Inyungu Za Poltike.Abatuts Hend Niyombare Twe Twarabahinyuye.

  • malheureusement izina siryo muntu nyamitwe=intelligent mais le willy n’a jamais été intelligent n’umunyamayeri, n’umuswahili, n’umuswaganyi kandi ubwenge n’ukuba sage, n’ukuvuga ukuri naho kwobabaza, si amayeri yo kubesha. àbien entendeur salut umenye neza ko abana bawe bazozira izina rya nyamitwe.

  • ewe imburakimazi zirihano! ndatangazwa nabarundi baja ngaho bakaja kudandaza igihugu cabo hejuru yamacakubiri bonse! ntanyungu nimwe muzobikuramwo atari gupfa muyerera abanyamahanga nabo bitwengera! babahenda ngo bazobaha ibigwanisho ngo muze kurarika inganda nukwisamburirako nkimpene namwe muti ganza sabwa ! yemwe akahise ntaco kabigisha! mwibukeko gufata igihugu cuburundi numuheto atari kuja kuvoma musi yurugo! nyabuna tahe nimwaba ataco mwiyagiriza kuko abarundi imiliyoni nyishi bari mugihugu muvyabo.nayo kuguma musamaza amakungu ntaho bizobashikana!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.