N John Melodica yashize ku mugaragaro isanamu ya mbere y’ururirimbo akoze ari mu buhungiro. Uwo muririmvyi yashoboye kwagura umuziki wiwe mu gihugu yahungiyemwo.
N John ati : " Baby nguma iruhande uhore unsekera, Baby gumana nanje uhore unsekera, .. sweetheart nsekera..", " Subiza amaso inyuma wibuke iyo twavuye, reka guhendwa n’ivyisi, ubukene si umurage, ntibugutume unyibagirwa. Twasangiye ibihe vyiza, none ni igiki gitumye unyibagirwa".
Tubibutse ko N John Melodica yatahukanye agashimwe (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > N John > Amasanamu
Amasanamu
-
N John yasohoye isanamu ya mbere ikozwe ari mu buhungiro: Video&Photos
26 Ntwarante 2015 -
Isanamu y’ururirimbo rwatsindiye "Isanganiro Awards 2014" yasohotse
9 Kigarama 2014Isanamu y’ururirimbo rwatsindiye ihiganwa rya Isanganiro Awards 2014 rukaronka amahigwe yo kuba ururirimbo rw’umwaka ku nsamirizi Isanganiro yasohotse. Umuririmvyi N John Melodica siwe abonye isanamu y’ururirimbo igiye ahabona imbere y’uko umwaka uhera.
Hari kw’igenekerezo rya 22 Ruheshi igihe umuririmvyi N John Melodica yatsindira ihiganwa "Isanganiro Awards 2014" kubera ururirimbo "Ndasavy’ijambo". Uwo muririmvyi ntako atakoze kugira umwaka uhere ururirimbo rukorewe isanamu. Iryavuzwe (...)