Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
N John yasohoye isanamu ya mbere ikozwe ari mu buhungiro: Video&Photos - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > N John > Amasanamu > N John yasohoye isanamu ya mbere ikozwe ari mu buhungiro: Video&Photos

N John yasohoye isanamu ya mbere ikozwe ari mu buhungiro: Video&Photos

jeudi 26 Ntwarante 2015

N John Melodica yashize ku mugaragaro isanamu ya mbere y’ururirimbo akoze ari mu buhungiro. Uwo muririmvyi yashoboye kwagura umuziki wiwe mu gihugu yahungiyemwo.

N John ati : " Baby nguma iruhande uhore unsekera, Baby gumana nanje uhore unsekera, .. sweetheart nsekera..", " Subiza amaso inyuma wibuke iyo twavuye, reka guhendwa n’ivyisi, ubukene si umurage, ntibugutume unyibagirwa. Twasangiye ibihe vyiza, none ni igiki gitumye unyibagirwa".

Tubibutse ko N John Melodica yatahukanye agashimwe ka Isanganiro Awards 2014, akaba kandi ari mu baririmvyi bivugwa ko bahunze kubera iterabwoba bagirirwa. Iyo ari mu buhungiro abandanya akazi kiwe.

Umviriza aha munsi urabe n’ukuntu iyo sanamu ikozwe


Cherif Nkeshimana

Messages

  • uyu munyamakuru numuswa gusa ubwo c ko utavuze aho yahunguye ninkuru zibice bice

  • Apu, iyi mbona idahagaze kuvuga aho uwo muririmvyi yahungiye ngira ntibikenewe ko uwo mu menyeshamakuru ahavuga si ahazi, du reste yatangaje iyo video twabonye. Ariko uwo mu menyeshamakuru atubarize aho bazogarukira iwabo ko twumva umushikiranganji yabatumyeko, mbega bazoza?tubirindire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.