Umwe mu baririmvyi bagize umurwi"Overdo"yakoze ururirimbo wenyene, kanatsinda asa n’uwutakiri mu murwi kuko asigaye aba mu mahanga. Ururirimbo "Ndi umu Boss wanje" rwaraheze gukorerwa amajwi na Dj Kolly The Magic, eka n’isanamu iri mu nzira yo gusohoka.
Umuririmvyi Snow Cay ari mu misore igize umurwi "Overdo", aherutse gukora ururirimbo yise "Ndi umu boss wanje". Amajwi yaraheze, ayo nayo akaba yakozwe n’umuhinyanyuzi Dj Kolly The Magic. Ururirimbo rumaze iminsi rusohotse, ubu naho himirije (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Overdo
Overdo
-
Snow Cay akurira inkofero Cherif Pro ariko akora isanamu y’ururirimbo "Ndi Umu Boss Wanje"
9 Ruheshi 2014 -
Guha agaciro izina ry’umurwi wabo "Overdo "
16 Gitugutu 2013Biyemeza gukora birenze kugira na ntaryo baheshe agaciro izina ry’umurwi wabo Overdo bisigura mu Kirundi kora birenze urugero.
Overdo, n’umurwi ugizwe n’abasore 5 baba mu gisagara ca Bujumbura. Abo bihaye intumbero yo gushira inguvu hamwe mu kuririmbira. N’aba bakurikira: Simbarakiye Eric aririmba kw, izina rya Snowcay akaba ari umukuru w’umugwi, ubu ari mu gihugu c’Ubushinwa kubandanya amashure, Niyongere Daddy-Dagbert aririmba kw’ izina rya Driver ni umunyeshure yiga kuri ICA mu mwaka wanyuma, (...)