Abaririmvyi bagize umurwi wa Question-G barabiciye biracika mu gisagara ca Rumonge. igiteramo camaze amasaha arenga 2 carangiye mu mutekano ntangere. Ntibatamvye birorera kuko hari abaririmvyi bo mu Rumonge babafashe mu mugongo.
Kuva igihe c’isaha zitanu n’inusu z’ijoro (23h30) kw’igenekerezo rya 07 Ruheshi, aho batazira kwa Mwami (Hotel Amount), mu gisagara ca Rumonge, umurwi Question-G wo mu gisagara ca Bujumbura wariko uteramisha abantu isinzi bari bitavye ibirori. Amakuru duhabwa na Josdy (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Question G
Question G
-
Umurwi Question-G wabiciye biracika muri Amount mu Rumonge
8 Ruheshi 2014 -
"Dance with me" y’umurwi Question-G irashira ibirenge hasi
27 Ruhuhuma 2014Umurwi wa Question-G uriko uratigita bidasanzwe mu gukora indirimbo bafadikanije n’abandi baririmvyi.
Kuri uyu munsi wa kane igenekerezo rya 27 Ruhuhuma, harasohoka amajwi y’ururirimbo Dance with me. Ururirimbo rwitiranwa n’ururirimbo rwa Jiji Seven, ariko nta "beef" kuko ntizivuga bimwe.
Abarundi barayamaze bati:"abagabo barara kubiri bakarota kumwe", abaririmvyi bo mu murwi wa Question-G bari kumwe na Patient Matabaro yatahukanye agashimwe ka Primusic mu ci riheze, bakoranye ururirimbo (...)