Umwaka uratanguye hashirwe mu ngiro bimwe abaririmvyi bo mu Burundi bagiye baremerera abakunzi babo, umurwi wa Question-G watanguye gukora amasanamu y’indirimbo zimwe zimwe.
Umurwi wa Question-G uratanguye gushira mu ngiro ivyo bemereye abakunzi babo. uyu mwaka bagira bawuguruze isanamu nshasha ku bw’abakunzi babo. Umurwi wa Question-G mu ndirimbo «Dance na Sisi», bati reka dukore isanamu ica ibibatsi. Muri urwo ruririmbo, Patient Matabaro ni we aririmba icitabirizo.
Kuri aya masaha turi (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Question G > Inkuru
Inkuru
-
Isanamu izobatangaza yatanguye gukorwa
8 Nzero 2014 -
Umurwi Question-G witeguriye gusozera umwaka neza
14 Munyonyo 2013Indirimbo 3: « dance na sisi », « kalibu kwetu », na « mfata ukuboko ». Amasanamu 2 : « ndo jinsi walivyo » na « dance na sisi », izo nizo ndirimbo za « Question-G »ziriko zikorerwa mu mazu y’ubuhinyanyuzi Adomix na Willy Pro.
Ibikorwa vy’umurwi Question-G vyo kurangiza neza umwaka biriko birategurwa. Indirimbo 3 z’umvikana hamwe na 2 zifise amasanamu nivyo umurwi Question G uzosohora mu giteramo cimirije kuzogira imbere y’uko uyu mwaka urangira. Kazoba ari akaryo keza k’umurwi ko kuraba uko umwaka (...)