Umurwi ?-G wasohoye ururirimbo wise"come back", ururirimbo rusohotse mu gihe umwe mu bagize umurwi ari mu rugendo mu mahanga.
Hari haheze igihe kitari gito abaririmvyi bo mu murwi wa ?-G(Question G) badasohora indirimbo bari kumwe bose. Inyuma y’ururirimbo "Nilipi Kosa" rwaririmbwe na Josdy yikoranye mu ntango z’umwaka, uwo murwi ntuwaruhertse gukorana. Aba n’abandi baribaza ko umurwi woba warasambutse.
Question G wasohoye urwo ruririmbo wise "Come back" mu gihe umwe muri bo ari we Alby (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Question G > Indirimbo
Indirimbo
-
Umurwi Question G wagarutse inyuma y’agacerere
20 Ndamukiza 2015 -
Josdy Prince yasohoye ururirimbo wenyene : Umurwi Question-G woba warasambutse?
13 Nzero 2015Josdy Prince Yossi yosohoye ururirimbo rwa mbere rw’umwaka w’2015, ni mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyo bumvikanyeko nabo basangiye umurwi.
"Nilipi Kosa" ururirimbo rwa mbere rw’umwaka rwa Josdy wo mu murwi Question-G. Muri urwo ruririmbo, Josdy avuga ko yashatse kuvuga ibijanye n’urukundo aho umukobwa aheba uwo bakundanye atamubwiye n’ico bapfuye, uwo muhungu agasaba ko yomusigurira ico amuhoye nimba ari ikosa yagize yikosore ariko bagumane.
Kuki Josdy yaririmvye urwo ruririmbo atari mu (...)