Umurwi w’abaririmvyi witwa inkebuzo mu ntumbero yo kumenya ibijanye n’indirimbo zabo kuko zivugwako cane n’abazumva kubera impanuro zitandukanye z’uburyo bwose ziba zirimwo.
Uwo murwi ukaba ugizwe n’abantu icenda harimwo abahungu indwi n’abakobwa babiri abenshi muri bo akaba ari abanyeshure bava mu ntara ya gitega mbere akaba ari naho bakorera ibikorwa vyabo.
Twarabegereye tuganira kubijanye n’indirimbo zabo bavuga ko biyemeje kuririmba impanuro z’uburyo butandukanye ari naho bakuye izina ryo (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Inkebuzo