Umurwi w’abaririmvyi ba Raggae "Prophet’s Voice" basohoye indirimbo zibiri zivuga ibijanye n’ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, urundi ruvunira urugohe abarwanya ivyiyumviro vy’imvugakuri.
Mu kiganiro Steve Kezamutima yahaye IGIHE, avugako basohoye indirimbo zijanye n’ibihe igihugu kirimwo. Ururirimbo rwa mbere barwise "NTAWUHORA KU NGOMA". Nk’uko uwo muririmvyi abitubwira, urwo ruvuga cane cane ibijanye n’ikiringo ca 3 c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Abo baririmvyi (...)
Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Prophet’s Voice