Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu izobatangaza yatanguye gukorwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Question G > Inkuru > Isanamu izobatangaza yatanguye gukorwa

Isanamu izobatangaza yatanguye gukorwa

mercredi 8 Nzero 2014

Umwaka uratanguye hashirwe mu ngiro bimwe abaririmvyi bo mu Burundi bagiye baremerera abakunzi babo, umurwi wa Question-G watanguye gukora amasanamu y’indirimbo zimwe zimwe.

Umurwi wa Question-G uratanguye gushira mu ngiro ivyo bemereye abakunzi babo. uyu mwaka bagira bawuguruze isanamu nshasha ku bw’abakunzi babo. Umurwi wa Question-G mu ndirimbo «Dance na Sisi», bati reka dukore isanamu ica ibibatsi. Muri urwo ruririmbo, Patient Matabaro ni we aririmba icitabirizo.

Kuri aya masaha turi tubabwira iyi nkuru «15h00», amasanamu ya mbere ya «Dance na sisi» ariko arafatwa n’umuhinga wo muri «Studio Video and Film Technology», mu butambiro «le cristal», muzobona ivyiza vy’iryo sanamu.

JPEG - 33.7 ko
Question-G

Mu kurindira ko amasanamu ahera gukorwa hanyuma tukayabashikiriza, itegereze uko iyi sanamu y’ururirimbo «Bella na Shella »akoze.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.