Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakenguzamateka b’Uburundi batanguye umwiherero w’iminsi itatu
Abakenguzamateka b’Uburundi batanguye umwiherero w’iminsi itatu
lundi 27 Ntwarante 2017, par
Abakenguzamateka b’Uburundi bari mu mwiherero w’iminsi itatu kuva kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 27 gushika kurya 29 Ntwarante 2017. Uwo mwiherero uriko ubera mu ntara ya Gitega, muri komine Bukirasazi.
Icivugo ni "Tubumbatire amahoro n’umutekano, dufate mu minwe iterambere ryacu."
Ivyo bikorwa vy’umwiherero bihagarikiwe na Reveriyano NDIKURIYO asanzwe ariwe mukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi.
Uyo mwiherero uhagarikiwe n’umukenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo asanzwe ariwe mukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi.
IGIHE
Messages
30 Ntwarante 2017, 05:48, par moses Lukas bora
abanyagihugu turashonje kandi turashigikiyinama nkenguza mateka nimukomere