IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > CNC yashize ahabona igicapu c’ikarata nshasha y’abamenyeshamakuru

CNC yashize ahabona igicapu c’ikarata nshasha y’abamenyeshamakuru

lundi 25 juin 2018

Iyo karata ifise hejuru igicapu kiranga igihugu c’Uburundi I bubamfu, ikagira kandi igicapu cerekana ikingo kijejwe gucungera uko ibinyamakuru bikora CNC, mu buryo.

Munsi y’ivyo bimenyetso hari ikibanza kijamwo isanamu y’umumenyeshamakuru I buryo, hamwe n’ahaja amazina, akazi, inomero z’ikarata, izina ry’umukoresha, umwaka izoherezako gukora, munsi ya vyose haja igikumu c’ikigo CNC.

Ico gicapu c’ikarata igiye guhabwa abamenyeshamakuru gisohotse, inyuma y’indwi irenga gato habaye ukubisikanya hagati y’uwahora arongoye CNC, Ramadhan KARENGA, na Nestor BANKUMUKUNZI yamusubiriye, uwo nawe akaba yahora ari umushikiranganji wo kumenyesha amakuru.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.