Accueil > Amakuru > u Burundi > Abantu batanu baguye mu mishamirano hagati y’ingabo za Congo n’iz’Uburundi
Abantu batanu baguye mu mishamirano hagati y’ingabo za Congo n’iz’Uburundi
vendredi 23 Kigarama 2016, par
Abantu batanu baguye mu mishamirano hagati y’ingabo za Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo (FARDC), hamwe n’abantu bambaye impuzu z’igisirikare c’Uburundi, nk’uko vyemejwe n’abasirikare bo mu murwi wa 3305 muri FARDC.
Radio Okapi yatangaje ko yabonye amakuru ko mu bitavye Imana harimwo umusirikare umwe wa Congo n’umunyagihugu umwe nyene wo muri Congo, ahabereye iyo mishamirano.
Radio Okapi ibandanya ivuga ko ingabo z’Uburundi zari ku rugamba zihanganye n’abarwanyi ba FNL, muri ukwo gutana mu mitwe, abasirikare b’Abarundi binjira ku butaka bwa Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo, bajabukira ahitwa Vugizo muri Kiliba, ku birometero hafi icumi uvuye mu gace ka Uvira. Ingabo za Congo zikaba zahise zirasa abo basirikare b’Abarundi, haca haba ugushamirana hagati y’izo mpande zompi, arivyo vyatumye bamwe bahasiga ubuzima.
Amakuru dufise avuga ko abishwe bajanwe mu buruhukiro bw’ibitaro vya Uvira.
IGIHE
Messages
23 Kigarama 2016, 11:35, par Karorero
Congo ntiyifatanye naba sindumuja ngo ibeshe ko ingabo zacu ko arizo zahungiye kubutaka bwazo ahobwo twariko turakurikirana umwansi rero leta ya congo ikwiriy kudusaba imbabazi.
23 Kigarama 2016, 11:50, par claire
IYI nkuru ni flou!! abo bandi bapfuye none ni bande?
23 Kigarama 2016, 12:29, par robson
rekareka iyabaye amayobera biba uko
23 Kigarama 2016, 12:43, par Proud to be Rwandan
Hhhhhhhhh iyi nkuru ndumva ishyushye mukanya umuvugizi wigiporisi cyuburundi aratubwira Ko ari Abanyarwanda boheje frdc
23 Kigarama 2016, 13:16, par Claude Bigirimana
Hahahahaha Ntivyoroshe Biraherahe Rekatrore!
23 Kigarama 2016, 14:19, par Strong Rwanda
Abarundi mukwiye kurwana n’Aba Congoman nibo munganya ubushobozi,le Rwanda c’est l’Israel d’Afrique ntimwanamara 5minutes,intambara yatangirira i Buja
23 Kigarama 2016, 14:31, par akagirakarimbi karasegenya
Nagomba ndabamenyesheko CNDD FDD atangabo ifise zoterubwobabantu kuko nuwomugambwe hamwe nigisirikare nivyobivye umushingatahe NYANGOMA ntagisirikare nyakuri kiriho abariho gusa birazwiko arabicanyi niburiburi uwobaribafise bamucishije kubuhomba(ADOLPHE)intambara nizitangure neza kizokemuka,abobanyagihugu bigishirijwe MUKABUMBURI intambara yaraheze boshoborakugwana nande komera nyakubahwa NZABAMPEMA izina niryomuntu abaguhema bose urabizi kuzuba ukunoba gusa nagombanongere kubamenyeshako igihugu iricabose ntamuntu numwe dushobora huhebera igihugucacu camabukiro
23 Kigarama 2016, 14:57, par Lili
Karorero uli kirofa kikigoryi nka nkurumbi gaswere nyoko.
23 Kigarama 2016, 20:39, par Daniela
Nivyisi,
24 Kigarama 2016, 06:19, par B A.
Nahimana Gusa!
24 Kigarama 2016, 09:36, par Nema
habali hio si sahihi !
24 Kigarama 2016, 15:04, par ngusha
MBE abarundi twabaye gute ducanemwo NGO naba fnl mbe umusi mushirahamwe amakungu akoranye harukwiranyanya ibintu ntantambara ihari .kandi ntihagire uwusubira gucira hasi fnl dukeneye amahoro fnl sugwitwazo oya Barabaseka
24 Kigarama 2016, 21:19, par Ntibakorako
Kongo Niyumvikane Nuburundi Duhigire Umwasi Hamwe Kandi Bizoshoboka Kuko Kongo Turavukana
25 Kigarama 2016, 21:47, par SindiwekureJean Berchmans
Nibara Mwibagara!
26 Kigarama 2016, 12:29, par Ikurakure Darius
FARDC imaze kwica abasoda 25 b’Abarundi,hama ngo tworwana n’u Rwanda?RDF yorara ifashe u Burundi mumunsi umwe
26 Kigarama 2016, 15:08, par KWIZERAMARI RUWI
Ahubwoyaba ibikunda ntamusondanumwe wuburundi yarikugarukamuburudi atishwe
26 Kigarama 2016, 16:57, par magorwa
amagorwa yose turazi uwayaduteye
26 Kigarama 2016, 20:53, par Tomas
Nonegayemwtugiregute ubr Na Congobagiyegupfa Iki?
26 Kigarama 2016, 20:54, par Tomas
Nonegayemwtugiregute ubr Na Congobagiyegupfa Iki?
26 Kigarama 2016, 21:54, par ntakirutimana pierre
yoo jew nagira ibihugu birakundany non congo niyo itubikira abaza guhungabanya umutekano wabarundi nimba badashoboy nibabis ingabo zuburundi zibironderer
27 Kigarama 2016, 13:41, par jishoryintare
Bagiye kwiba izahabu bitwaje ko bagiye kurondera abansi b’igihugu none bagarutse bikoreye amaboko niba congo isigaye ibasekura murabona muzashobora urwanda mwabaswa mwe.
27 Kigarama 2016, 16:40, par Aferky
Utazi Urwanda azobaze abakongomane icyo bita Operation Kitona, azoca amenya Urwanda. Iburundi Urwanda ntirworungika abasoda, boturungikira abo bita abadaso.
28 Kigarama 2016, 07:10, par ndayizey anatol
jew ivyo nuk abasisikar buburund boza baramemyesha abasirikar ba kong