IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abandi barundi 202 batahukanwe ku ncuro ya kabiri bavuye mu gihugu ca (...)

Abandi barundi 202 batahukanwe ku ncuro ya kabiri bavuye mu gihugu ca Tanzaniya

mercredi 13 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bahungutse bagizwe n’abantu 205 bo mu ntara ya Ruyigi, 14 bo mu ntara ya C’ibitoke hamwe n’umuntu umwe wo mu gisagara ca Bujumbura.

Tubibutse ko abarundi bambere bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya batahukanywe ku musi wa kane w’indwi iheze igenekerezo rya 7 Nyakanga 2017, bakaba bangana 301.

Abahungutse baronswa imfungurwa z’amezi atatu, hamwe n’ibindi bikoresho vyo mu nzu.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.