Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi bahimbaje imyaka 55 iheze igihugu cikukiye
Abarundi bahimbaje imyaka 55 iheze igihugu cikukiye
samedi 1er Mukakaro 2017
Ibirori vyatangujwe n’igikorwa c’umukuru w’igihugu co gushira urugori rw’amashurwe ku ntatemwa y’umuganwa Rudoviko RWAGASORE.
Ibirori vyabandanije n’igikorwa co gushira urugori rw’amashurwe mu kibanza citiriwe ukwikukira.
Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE,umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenzuye ingabo,imbere y’uko hatangura urugendo rwa ba ‘’Burikukiye’’ bavutse mu mwaka w’1962.
MUGISHA Van Naris
Messages
1er Mukakaro 2017, 14:24, par BUSURAHENDE
Nyakubahwa mumenyesha makuru, murashobora kutubwira abakuru b’ibihugu baje gushigikira Uburundi muri uyo musi mukuru udasanzwe? Murakoze.