Accueil > Amakuru > u Burundi > Abashingwamanza babiri b’Abarundi bakiriwe mu rwego rwo mu Rwanda
Abashingwamanza babiri b’Abarundi bakiriwe mu rwego rwo mu Rwanda
vendredi 7 Mukakaro 2017, par
Abo bashingwamanza babiri bari mu baheruka gukurwa mu rwego rw’abashingwamanza bo mu Burundi, bagirizwa n’ubutungane bw’Uburundi ko bagize uruhara mu gushaka gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
Armel NIYONGERE ari mu bashingwamanza bariko bafasha kwitura ubutungane mpuzamakungu, ku miryango y’ababuriye ababo bo mu bwicanyi bwabereye mu Burundi.
Iyo miryango yamenyesheje ko yiteguriye gukorana n’ubutungane mpuzamakungu, mu gutanga ivyemezo bafise kugira ukuri kumenyekane, abagandaguye abantu n’ababanyurujwe bashengezwe kandi bahanwe.
Egide NDUWIMANA
Messages
7 Mukakaro 2017, 10:57, par Hicuburundi
Vyiza cane
7 Mukakaro 2017, 13:13, par eric
raba ubwo bucucu namacakubiri yabanyarwanda
7 Mukakaro 2017, 14:11, par BUSURAHENDE
Mbega uwo yari yabakuye mu rwego rw’abashingwamanza yabarusha ivy’ubutungane canke ni bamwe bavyigiye mu kibira?
7 Mukakaro 2017, 17:47, par Fredy
ntagitangaza Kirimwo Kuko Umugambi Wo Gutoba Uburundi Bari Bawusangiye Na Kagame. Arabiyegereje Ngo Bakomeze Kwica Bene Burundi .
8 Mukakaro 2017, 10:40, par gervais gervais
abobo basubiye iwabo iyobavuye.twari twarinjiranywe kaabisa