Accueil > Amakuru > u Burundi > Amasezerano y’imfashanyo yatanzwe na IDA yemejwe
Amasezerano y’imfashanyo yatanzwe na IDA yemejwe
mercredi 26 Mukakaro 2017, par
Iyo nteguro y’itegeko yemejwe ivuga amasezerano y’imfashanyo igera ku mafaranga imiriyoni 75 z’amadorare y’abanyamerika azofasha mu burimyi bw’umuceri n’ibigori bwo mu Kiyaya c’Imbo.
Abakenguzamateka bemeje ijana kw’ijana iyo nteguro y’iryo tegeko.
IGIHE