Accueil > Amakuru > u Burundi > Amasezerano y’ugufashanya muvy’umutekano hagati y’Uburundi n’Uburusiya
Amasezerano y’ugufashanya muvy’umutekano hagati y’Uburundi n’Uburusiya
vendredi 26 Rusama 2017, par
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Petero NKURIKIYE ashikiriza ko ibiri muri ayo masezerano y’ugufashanya bizomenyekana abaserukiye Uburundi nibaheza urugendo barimwo mu gihugu c’Uburusiya.
Alain Guillaume BUNYONI, umushikiranganji w’umutekano w’Uburundi niwe yaserukiye Uburundi mu nama igira umunani y’indongozi zo ku rwego rwo hejuru mu bijanye n’umutekano (8è Rencontre des Hauts Responsables de Sécurité).
Iyo nama yabereye mu gisagara ca Moscou yitabwe n’ibihugu 96.
Egide NDUWIMANA
Messages
26 Rusama 2017, 22:10, par FIACRE
Nibarab ukunt uburu,batoz babwinub kuk hah mba abanyagihug,batagir uwobaganyira,abategets bob bahejej? KURONKA
26 Rusama 2017, 22:11, par FIACRE

27 Rusama 2017, 15:38, par folmand
Turashima Leta yuburundi ntaco idakora ngo Uburundu burwize abagenzi. Bamwe bavuga ngo dusigaye turi ba nyamwigendako bararyumako.
27 Rusama 2017, 21:15, par BANZUBAZE
NKEKA BODUKINGIRA ZAMUJERI ZAHUNGIRA MUGWANDA ZIGUMA ZIHIGA KUVYONGUBURUNDI
27 Rusama 2017, 21:16, par BANZUBAZE
NKEKA BODUKINGIRA ZAMUJERI ZAHUNGIRA MUGWANDA ZIGUMA ZIHIGA KUVYONGUBURUNDI