Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ambassadeur Remy BARAMPAMA agiye guserukira Uburundi muri Kenya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ambassadeur Remy BARAMPAMA agiye guserukira Uburundi muri Kenya

Ambassadeur Remy BARAMPAMA agiye guserukira Uburundi muri Kenya

jeudi 15 Ruheshi 2017

Ambassadeur Rémy BARAMPAMA yaheruka gugenwa n’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/116 ryo kw’igenekerezo rya 3 Ruheshi 2017,ryo kuba umuserukizi adasanzwe w’Uburundi "Ambassadeur Extraordinaire et Plénipotentiaire.

Ambassadeur Remy BARAMPAMA yahoze ari Musitanteri wa komine Ntahangwa,yahora kandi ari umukenguzamateka yatowe mu ntara ya Bujumbura(Mairie).

Ambassadeur Remy BARAMPAMA asubiriye mu mabanga yo guserukira Uburundi mu gihugu ca Kenya, umukenyezi Ambassadeur Ntahonkuriye Aimelance.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.