Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amwe mu mafoto y’amaziko y’umuvyeyi wa Emery Sun - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emery Sun > inkuru > Amwe mu mafoto y’amaziko y’umuvyeyi wa Emery Sun

Amwe mu mafoto y’amaziko y’umuvyeyi wa Emery Sun

jeudi 13 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikoriciza Haruna arongoye Ikoh Multiservice yashimiye abantu batandukanye bitavye ico gikorwa, agashima umutima w’urukundo berekanye. Abaririmvyi nka Peace and Love, Mirror Team, Memba, n’abandi bahinyajyuzi batandukanye nabo nyene bari bishikiye ku Mpanda, aho Joseph Ndayiziga, se wa Emery Sun yashinguwe kuri uwu wa gatatu.

Ntitwibagiye abaririmvyi Double Jay na Franck Duniano basanzwe bari kumwe na Emery Sun mu gikorwa "U’ll loves Changes" ca Ikoh Multiservice.

Tubibutse ko ko Ndayiziga Joseph, umuvyeyi wa Emery Sun yitavye Imana kw’igenekerezo rya 08 Mukakaro, ku bitaro vya Roi Khaled.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.