Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Abunguruza abantu bagiye kunywesha ibitoro mu bibanza vyabo (...)
Bujumbura : Abunguruza abantu bagiye kunywesha ibitoro mu bibanza vyabo bonyene
jeudi 11 Rusama 2017, par
Muri ubwo bushikiranganji bamenyesha ko iyo ngingo yafashwe kugira borohereze abantu biyunguruza basigaye bagira ibibazo vy’ukubura ingene batonda ku kazi mu gatondo, canke ingene bataha ku mugoroba, kandi ko abo bakora akazi ko kwunguruza abantu n’ibintu aribo batwara abantu benshi kurusha iyindi miduga.
Abakoresha iyo miduga yunguruza abantu ku mafaranga basabwe kurindira, ubushikiranganji bukaba bugiye vuba kubabwira ahari ayo masitasiyo bagiye kuza baranywesherezako igitoro.
Imirongo miremire niyo yibonekeza ku mugoroba mu gisagara ca Bujumbura, abavuye ku kazi bakaba bataroherwa gutaha. Ico kibazo kiribonekeza kandi mu gatondo, aho abaja ku kazi barindira umwanya munini imiduga ibunguruza, bigatuma bacererwa ku kazi.
NDUWIMANA
Messages
11 Rusama 2017, 11:41, par Mediator
Politique mbi ya DD, akari inyuma karahinda, amaraso arasama
11 Rusama 2017, 12:53, par Matabaro
Na bado muzohinyuka
11 Rusama 2017, 12:55, par tororo
Urwo nuruhendo Ngo nyokuru numugore bakibaha bagikuyehe ko aba dd bamaze guhumira igihugu vyarangiye
11 Rusama 2017, 13:16, par Adolph
Eka nabado,burya bibiliya ivyo ivuga ntiyihenda nagato abazungu barahezagiwe ubiteranijeko upfa uyerera nka gahini,ni murindire ni pantalon mwambaye muzozigurisha,izo nyeshamba zaba dd ntamagorwa zitazotuzanira.
11 Rusama 2017, 15:18, par bizimanaphilbert
ugwaye kumwe ucumbagiza ukundi polepole tuzogerayo nkabandi munzira zamajambere. ivyo hiyo nuko bivugwa kuma radion ino harinzara itavugwa sihiyo gusa.Grece mubu giriki imyaka itatu irangiye ubuzima bwarushaho kubanabi.Zimbabwe .nimwigumye imanga mwasivye ninyinshi ego ikigufatiye kunzara kandi uri mubana kibakigushoboye.lyabatabaye kwincwa 2015ntizosinzira izobatabara.igikuru mwigumye
11 Rusama 2017, 16:06, par KIRO
ESE MUGONBA KOMORA ABENE GIHUGU TUNGANYA ICOGITORO KANDI NTIMUGIRENGO ABANYAGIHUGUNGO NTITUBONA NONE NACO TWOKIJANA IGWANDA MWIBAZE MWONGERE MWIYUNVIRE NINO RUGURU TUKIBURE UMUTEKANO TWARONEYE NUWO
11 Rusama 2017, 16:41, par rubya
Ahobukera nibiharage muraza kujya mubigurira ahantu hamwe Gusa.
11 Rusama 2017, 17:35, par Boys Tsinga
None Haburiki Ko Mu Bihugu Twegeranye Birimwo, Uburundi Bubibura Gte?