Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi mushasha w’abagize urwego CNC washizweho
Umurwi mushasha w’abagize urwego CNC washizweho
mardi 9 Rusama 2017, par
Abo nabo ni Ramadhan KARENGA, Gaby BUGAGA, Gabriel BIHUMUGANI, Déodath NDAYISHIMIYE, Yvette IRAMBONA, Dieudonné MBONIMPA, Jacques BUKURU, Florine MUKESHIMANA, Fleury GASORE, Jérome NIYONZIMA, Aimé Divine NIYOKWIZERA, Steve De Cliff, Léonce NTAKIRUTIMANA, Vanessa BUTOYI, hamwe na Jean Pierre AMANI.
NDUWIMANA
Messages
9 Rusama 2017, 14:05, par tororo
Izina niryo muntu muribabiha umugani nyene ntagishasha ruzoba urwego rwukuri igihe tuzumva rurongowe namutama twese twemera cane bob rugurika canke domitila kiranvu cane innocent muhozi canke dushime Denis naho mwebwe ntavyanyu mugabo karenga ramadhani. Nabihumugani harigihe bahora banyuzamwo bakavuga ibintu ukumva ko vyopfuma ariko nuko usanga. Ahandii aribanyamuvugabiri ngira nikirya gikororwa comugitondo nkurunziza abacira mukanwa bagaca bibagira ico bajejwe