Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cankuzo : Abarundi 166 bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Cankuzo : Abarundi 166 bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya

Cankuzo : Abarundi 166 bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya

vendredi 9 mars 2018

Amakuru dukesha umukuru w’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko izo mpuzni zigizwe n’abagabo 17, abagore 42 n’abana 107, bagize imiryango 58.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko izo mpunzi zahungutse ziva mu makambi y’impunzi ya Mtenderi na Nduta, mu gihugu ca Tanzaniya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.