Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke : Igiti cari caraguye hasi casubiriye guhagarara neza (...)
Cibitoke : Igiti cari caraguye hasi casubiriye guhagarara neza (Amafoto)
mercredi 1er Ntwarante 2017, par
Igitangaza kitari bwaboneke cibonekeje ku mutumba Mabuye uri mu ntara ya Cibitoke, aho abanyagihugu bavyutse basanga igiti kinini cari caraguye hasi haheze imyaka ine gihagaze neza.
Abajejwe intwaro muri iyo ntara bavuga ko ari akataraboneka, bakamenyesha ko biboneka ko gishobora kuba ari igitangaza c’Imana.
IGIHE
Messages
1er Ntwarante 2017, 16:10, par Mr X
Oya di!! ivyonyen vyabay?non niba vyabay bisigurak ari igitangaz c’Imana?
1er Ntwarante 2017, 17:08, par Makasi
Iyo ni Imana y’uburundi na Nkurunziza yabikoze. Murwanda ibyo ntibyashoboka kubera umwicanyi Kagame asenga shetani.
1er Ntwarante 2017, 17:15, par Nkurumbi
Ahubwo ico giti kije kuburira nkurumbi ave kubutegetsi,nkurumbi aragaba kiramuhitana.
1er Ntwarante 2017, 18:05, par kamaro
Shimwa MANA uku niko IMANA igiye guhagurutsa uburundi ibukure mungorane bansesankuyoze babushizemwo, ibimenyetso vyatanguye kwibonekeza oho incuti zuburundi zitanguye kurekura isegenya yifashanyo yamatoni namatoni yimifuko yumuceri.... umwansi aguciricobo IMANA ikaguciricanzo
1er Ntwarante 2017, 18:31, par NGENZEBUHORO Selestin
Ico gitangaza ntitwovuga ko ari icakozwe n’Imana ahubwo aho hantu ntihasengeye!
1er Ntwarante 2017, 18:40, par Alice Irumva
Ego cane ibitangaza bibaho! Amen Amen Amen! Hindukirira Imana bantu b.Imana kuko harageze ko mwikangura! Ya Mana yakora ibitangaza iracakora!Isubiye kubereka ubushobozi bwayo!Ishobora vyoooose!
1er Ntwarante 2017, 18:56, par Ngenzebuhoro Selestin
Uwo mutumba bararaba neza ico giti nticavyuwe n’Imana kuko ntiyari gukorera igitangaro ku giti abayikorera batabuze!
1er Ntwarante 2017, 19:33, par Sindayigaya
Ivyobintu Ntaho Vyabaye Nimube Mwandika Amakuru Atari Ububeshi Akaba Vyagenze Ukwo Twiyegereze Imana Bigishoboka
1er Ntwarante 2017, 19:34, par Sindayigaya DESIRE
Ivyobintu Ntaho Vyabaye Nimube Mwandika Amakuru Atari Ububeshi Akaba Vyagenze Ukwo Twiyegereze Imana Bigishoboka
1er Ntwarante 2017, 21:05, par RUCO MUCO
nigitangaz kwer bwabundi nizuka turwiteg
1er Ntwarante 2017, 21:51, par Ciza Eric
Nukur Ntagukekeranya Nigitangaza Yashatse Kwereka Abanyacibitoke Ko Atakiyinanira Kuvyo Bibazako Bitoshboka Bamenyko Bishbokera Imana
1er Ntwarante 2017, 22:37, par Sadock
Yemwe Ndumva Ko Bitoroshe. Niba Vyarabaye Biteye Ubwoba. Ntitwovuga Ko Ari Igitangaza C’Imana Cangwa Ari Amareba. Ahubwo Dusenge Dukovye Kuko Igihe Kiriko Kiraduherana.
1er Ntwarante 2017, 22:46, par Niyonkuru deo
Ahohant nibaronder abakozi bi mana bahasengere abantu ntibazohagwe
1er Ntwarante 2017, 23:28, par Mukristumurugendo
Nimwumvirize mwabana binzokamwe,
Iconikimenyetso cerekanayuko kumva u BURUNDI bwaribwaciye bukatwa kugakanu maze abarundi babona bafise ivyobovuga ariko bagatinya kubivuga kuko ababahonyoye kugakanu barikuca bavuga ngoturabima imfashanyo maze abarundi bahitamwo kunuma mbere abasibabo bakaza barabateza kwicana kandi ababatezakwicana bari abafise ijamborikomeye mwisi nicogituma isinziryabarundi bapfuye abafise ububasha bwogutabara bagaceceka kugera nunomusi ntibacuga none nimurabe imva zabishwe inyuma yimwaka irenga 40 zirasamye kubwubushobozi bw’Imana.
Icogiti rero nikimenyetso cerekanako abarundi bahinyuye abigira ibihangange bakabakoresheje ibibi bababwira ngonimwicane maze bagasimbira kubavukanyi babo bakica, uburero baravyutse inyuma yimyaka irega 40 bahonyowe kugikanu.(igiti carikimaze igihe kiryamye amasenya inkwi basenya bitabagoye none uyumusi suwariwewese yopfagushika mumashami yaco)
Abarundi turavyutse ntawariwewese azosubira kudukoresha ukwoyishakiye, rekankomeze gusenga kandinamwe musenge duhabwe n’Imana gutahura vyishi.
Amen.
2 Ntwarante 2017, 00:45, par nzeyi
Imana ishimwe cane!!!!!!!!!!!!!!! kuko yiyerekana nomubintu twita ngo nibitobito.
Ikarema nziza twese kubemera Imana.
2 Ntwarante 2017, 03:57, par karacgega zoberi
icogiti cerekanye ivyabaye kurinyakubahwa nkurunziza perezida wigihugucuburundi abasibiwe baramwivye nomumizi ngwapfe aveho bamutegimitegomyishi arayisimba nakudeta irajako arayisimba none imana yerekanyeko naho abanka nyakubahwa nkurunziza aribeshi imana yomwijuru iramuhagaritse ngwabandanye kurongoruburundi kugeza ahimana izobishakira kwatwarura abasibiwe nibavyunve bahindukire bagaruke bubake igihugucabibarutse vyongeye icogiti kirasigurako nibihugu vyankuburundi bigiye guhaguruka bikunduburundi bishigikiruburundi mubikogwavyiterambere icogiti kandi kirasigurako uburundi bugiye kuba igihugu cakarorero muri afrika yose mberenokwisiyose gukokwisi ntawundi muperezida yubahimana nkanyakubahwa nkurunziza nicogituma imana ihagurukije uburundi bube igihugu cakarororo kwisi nyakubahwa nkurunziza azotwarura acaja kuyoborisiyoye nka mose azokurakarenganyo kwisiyose imana ibandanye kumuhezagira
2 Ntwarante 2017, 04:03, par karabagega zoberi
icogititi cerekanye kuvyabaye kurinyakubahwa nkurunziza babasibamutezimitego arayisimba cerekanyeko azobandanya arongoruburundi akaba rurangiranwa mumakungu kuberugusenga afise
2 Ntwarante 2017, 07:05, par NIZIGIYIMANA
SIRYAMBER,BIC,GUKO,KWIBARIA,RYA,MUZINDA,MUSENYI,VYRABAYE,HARUGURU,YISENGERO,RYAGATURIKA,NYAMABERE,,NOKUGISATURA,IGITWETWE,BAGISATUY,HARI,1999
2 Ntwarante 2017, 11:19, par LLALLLLLLL
Ntawuzi Insiguro Yaco Twese Ntitwanguhe Bivanye Nahumuntu Ahengamiye Twarikubisigura Iyo Kivyuka Kivuga Twari Kuvuga Ngo Cavuzuku None Kocavyutse Gihoze Twotanga Insiguro Twoba Twihenze Cane
2 Ntwarante 2017, 11:35, par Gervais Barutwanayo
IVYO NTIBI, ?YESU .MWANA WIMANA NIWE YAFPUYE HAMA AKAZUKA
2 Ntwarante 2017, 11:55, par SINDAYIGAYA CLAVER
IVYO VYEREKANA KO UBURUNDI BUGEZAHATEMBA.
2 Ntwarante 2017, 12:54, par burundi
muragabe
2 Ntwarante 2017, 13:00, par SAMUEL
BIRAGOYE GUTAHURA HARIMWO KIMWE MURI BIBIRI ATARI IMANA YAKOZE IGITANGARO AZOBA ARI ABADAYIMONI. NDABAZA MBEGA CARI CARUMYE CANKE CARI KIGIFISE UBUZIMA?
2 Ntwarante 2017, 13:49, par Emmanuel
Mbe Muziyegerez’Imana Mubonye Ibitangaza ? Ivyo Bikorwa N’abatizera.
2 Ntwarante 2017, 14:30, par GIKONA
abavyitiranya nabirya nibindi barihenda mbega abo batanguye kuvuga ivyo babikurahe NTAMANA YIVANGA MUVYUBUTEGETSI BWABANA BABANTU.
2 Ntwarante 2017, 17:13, par Kanyarwanda
Abarundi Imana muri kumwe nayo ikaba yarabinyujije mumwana wayo Nkurunziza Pierre. Twe mu RWANDA yashitani ngo ni kagame yigwijeho abadayimoni. Ibyo bitangaza iwacu mu Rwanda ntibyoshoboka
2 Ntwarante 2017, 18:53, par Barangendey Vital
Nukur Nigltangaz Kuk Biragoy Gutahur Arik Twibukek Ari Nimis Y’ Iherez Gus Haric Iman Yashats Kwerekan Arik Ntiyatomor?? Nimwibaz Namw
2 Ntwarante 2017, 21:51, par congera mathieu
muraraba neza yuko atari akavumo k’abadayimoni kubera ko abanyamareba ari menshi. nimwibuke mu nkuru zivugwa muri bibiriya. jew siho ndi. katonda abigayile.
2 Ntwarante 2017, 22:19, par CYRIEN
Eeee!Muragabe Barundikuko Birakaze Imana Yiyerekanye Vyosebirashobokaimbereyayo.
3 Ntwarante 2017, 07:36, par Morris Slyvel
Icogiti Ntawomenya Ivyarivyo Ahubwo Abarundi Komeze Gusenga Imana Yobahishurira Ivyarivyo
3 Ntwarante 2017, 09:30, par Hakizimana Egide
Ngirango Imana Igomba Kuvyura Igihugu Cuburundi Kuko Kimaze Imisi Mungorane,ntakundi Nobivuga,gusa Mukomeze Gusenga
3 Ntwarante 2017, 11:16, par Chadrack
Jewe Birantangaje!None Abanyagihugu Ntibari Bwatangure Kugisatura?
3 Ntwarante 2017, 12:52, par Baden Amiss Niyongabo
Barundi Barundikazi Ncuti Z’uburundi Nimwiyegereze Imana,ico Giti Caguye Kirafise Ico Yasiguye.
3 Ntwarante 2017, 12:57, par Isidore Hatungimana
Mwebwe Muhegereye Mwarihweje Neza,ico Giti Cari Caraguye Nyene?Hemwe Nimba Arivyo Ntimubifate Ibisanzwe,ico Bisigura Co Kiriho,nugusaba Imana Ikabiduhishurira,jewe Numva Ubwoba,biratangaje,komeza Gusenga
3 Ntwarante 2017, 20:44, par NTIRANDEKURA COME
YEMWE JEWE NTURUKA IKABAROR KAYANZA NARI NAZIMIY NIBURUKIYEYO UBU NDAZIMURUTSE KUKO IVYOMBONYE BIRAHAYE NUGUSENGA BANTU MWESE NIMUSENGE ATI AMEN?
4 Ntwarante 2017, 14:47, par jeremie
Imana,ikorankimana,icogitangaza,buryantokibuzicoyagomvyekwerekana.abahegereyenabandi,’nimuzirikanrneza.
4 Ntwarante 2017, 21:42, par Lazard
iyonkuru iragoyegutahurakweri nihamwenye cobarigitangazacimana
5 Ntwarante 2017, 08:50, par MANIRAKIZA CHARLES
Eka Nukuri Nibitangaza Imana Ikora Nanje Ndatangaye Cane Koko Vyarabaye Gushikubu Rero Ico Git Kirahagaze Yemwe Imana Irakomeye Niyo Kwemera Ninkuru Pe
5 Ntwarante 2017, 15:45, par Sadiki Baraka
Ivyobitwibutsa ukugaruka kwuhoraho kuko vyaravuzweko hazoba ibitangaza vyishi novugati uwejejwe nashishikareyezwe uwutarezwa niyezwe kuko inzamba igirivuge .
31 Ntwarante 2017, 23:47, par JOLX
Hahaaa!Imin’irakundakuremarinaribwabonenkivyo!!!!Nimugumemumashenesho Umuheronuwonyene.
14 Ndamukiza 2017, 09:21, par christophe
arikosekoko byabayeho niba koko aribyo muburundi hajyiye kuba icyintu jyikomeye barundi musenge mutisenjyesheje birakomeyepe.
9 Ruheshi 2017, 13:27, par CIZA CHARLES
ico Ni Igitangaza C’imana Uwosenga Yosengera Uburundi Nabwo Buvyuke Nko Ico Igiti Cavyutse.Mvuze Uburundi Mvuza Ababutuyemwo Kuko Baryamitswe Nivyaha Vyishi Bokwihana Boharirwa Bagakorera Imana.