Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke : Francine TUYIHAYE yabaye uwa mbere mw’ihiganwa ’’Umuravyo’’ yahawe (...)
Cibitoke : Francine TUYIHAYE yabaye uwa mbere mw’ihiganwa ’’Umuravyo’’ yahawe ipikipiki
vendredi 30 Ruheshi 2017
Francine TUYIHAYE yabaye uwa mbere ku metero 800 yatahukanye ipikipiki ayishikirizwa n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu, yari yateye iteka iryo higanwa ari kumwe n’umushikiranganji w’indero Dr Janviere NDIRAHISHA,hamwe n’umushikiranganji w’agateka ka zina muntu Martin NIVYABANDI.

Francine TUYIHAYE yari yaserukiye ishure ryisumbuye rya Komine Bukinanyana mw’ihiganwa ryitiriwe ’’Umuravyo’’, mu ntumbero yo kurondera urwaruka rufise ingabire yo kwiruka.



BIKORIMANA Vianney
Messages
10 Ntwarante 2018, 23:18, par Jack-p Wa Butara Burundiano
Tera Imber Mwan Wiwacu Nukur Urashoboy Kwl Courag Ubandany Uterimber Nkumuzind Tukur Inyuma