Accueil > Amakuru > u Burundi > Gasenyi : Amazu yegereye ahubatswe ingoro y’umukuru w’igihugu yatanguye (...)
Gasenyi : Amazu yegereye ahubatswe ingoro y’umukuru w’igihugu yatanguye kubomorwa
mardi 11 Ndamukiza 2017, par
Amazu yubatswe mu kibanza ca hegitari 40 uvuye ahari iyo ngoro y’umukuru w’igihugu iriko yubakwa muri zone Gasenyi, komine Mutimbuzi, mu gisagara ca Bujumbura yatanguye kubomorwa kuri uwu wa kabiri.
Imiduga ibigenewe (Tracteurs) niyo iriko irakora ico gikorwa, abubatse ayo mazu barorera n’agahinda kenshi, nk’uko babimenyesheje. Abaporisi benshi nibo bari bahagarikiye ivyo bikorwa, bari kumwe na Buramatari w’intara ya Bujumbura. Inzu zigera kuri 23 nizo zabomowe kuri uwu wa kabiri.
Itegeko ry’umushikiranganji w’ibidukikije ryavuga ko abo bantu bafise ikiringo co gushika kw’igenekerezo rya 6 Ndamukiza igihe c’isaha cumi n’imwe. Bamwe muri abo bari baguze ibibanza bubatsemwo muri ako karere bakaba bavuga ko batabona aho baja, kuko batarahabwa umuzibukiro.
Buramatari w’intara ya Bujumbura, Nadine GACUTI yabwiye abatagira aho baba baraja ko bokwitura komine ikababikira ibikoresho vyabo.
Abandi mu bategetswe kuva muri ico kibanza bavuga ko naho bazohabwa umuzibukiro ataco uzobamarira kuko amafaranga bazohabwa ataho ahuriye n’ayo bakoresheje mu kugura hamwe n’ukwubaka amazu bahora babamwo.
Tubamenyeshe ko imbere y’uko babomora inzu ishikiriwe, nyeneyo yabanza gusabwa gutera umokono ku gipapuro cemeza ko yakuyeyo ivyo yari ahatungiye.
IGIHE
Messages
11 Ndamukiza 2017, 16:46, par biragoye
C’est très grave, Mr le Président!
12 Ndamukiza 2017, 08:33, par Wakera
None mubona hasigayiki ngo mukanure mwa mbonerakure zo muri Mutimbuzi! Ko gatinyashengero yitwaza amoko noneho ubu ngo n’umuhanza ntimubonsko yabahindukiriye mukubabomorera amazu mwubatse muri yamahera yabahemba abatumye kwica, kunyuruza, gutera inda abakeba ng bavyare imbonerakure! Mutamuvuye inyuma muzopfa mwangara nka gahini
12 Ndamukiza 2017, 08:37, par Kuri
BURUNDI BWACU BURUNDI BUHIYE!!!
12 Ndamukiza 2017, 09:11, par copy
ni hatali kweli!
12 Ndamukiza 2017, 10:10, par Gas
Pore Mwabenewacumwanyanze Utwanyu Imana Isumbingabo Abobashinya Nabamenja
12 Ndamukiza 2017, 10:33, par doG sI nataS
Mbivuga munseka ngo ntago bizakorwa nonese ko byakozwe ahubwo uwuzi ubwenge yakikuriho ibikoresho nk’amatafari inzugi imiryango nibindi bishoboka akajya kwiyubakira ahandi naho ibyo kuvuga ngo wahangana na leta ubwo waba uri igiki nababigerageje mu guhangana na za leta zabo ubu bose bari kwangara mu mahanga abandi bari no kuhashyingurwa kugeza magingo aya inama nagira abareba kure abaribobose kw’isi nibihugu bavukamo nuko mugomba kumenya ko ushatse guhangana na Leta y’i gihugu avuka mo ajye yitegura ibintu bitanu 1-guhabwa akato 2—gufungwa 3-kwicwa 4-hubaho wangara mu mahanga 5-kubaho uri impunzi kandi ukemera ko ntamuntu numwe uzigera ak akubaha kuko umuntu wese iyo akubonamo ko urimpunzi ntacyubahiro aguha aho waba uri hose ....... Ngayo nguko amahoro kubanyarwanda mwese namwe barundi mwese
12 Ndamukiza 2017, 13:12, par Mututsimwiza Ange
@Wakera. Komera wa ngurube yanjye. Ese nawe ubu usigaye uzi kwandika wa mpene we.
12 Ndamukiza 2017, 15:01, par Hilaire
Tuza Ntibaz Batwiyemereko Ngo Babana Numukuru Wigihugu.Muga Bwengement
13 Ndamukiza 2017, 10:13, par toma
Nimwihangane gose nikobimeze ntawuhangana na leta. Ahomurira harabaririmba nkabobasigaye musi yizohegitare. Umunezero niwose kuko hagiye kuduga ibiciro hasubiriye kiririgose.
13 Ndamukiza 2017, 10:14, par toma
Nimwihangane gose nikobimeze ntawuhangana na leta. Ahomurira harabaririmba nkabobasigaye musi yizohegitare. Umunezero niwose kuko hagiye kuduga ibiciro hasubiriye kiririgose.
13 Ndamukiza 2017, 14:38, par karabagega
la faute est sur les autorité de urbanisme
15 Ndamukiza 2017, 21:26, par kibiriti
Mucezo wandani ,Bose ni aba CNDD FDD
18 Ndamukiza 2017, 06:48, par Irumva
Nikobiri Itegeko Nitegeko Turakwiyekubimenyera Bagabo
7 Rusama 2017, 20:26, par Bosco
Muvyukurivyarivyiza,arikobigirabisubizeabantumubukene