IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gaston SINDIMWO yashitse i Dar-Es-Salaam (Amafoto)

Gaston SINDIMWO yashitse i Dar-Es-Salaam (Amafoto)

vendredi 19 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Gaston SINDIMWO n’abo bagendanye bakiriwe na Dr. Philip Mpango, umushikiranganji w’ikigega ca Reta ya Tanzaniya, hamwe na Ambassadeur Gervais ABAYEHO, aserukira Uburundi muri Tanzaniya.

Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu yaherekejwe muri iyo nama na Alain Aimé NYAMITWE, umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, hamwe na Ambassadeur Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA, ajewe ibibazo vyo kumenyesha amakuru.

Messages

  • Nibakomere Nintwari Zikunda Abene Gihugu Natwe Turinyuma Yanyu Mumigambi Myiza Mudufitiye Imana Ibaje Imbere.

  • Jewe Ndatangara Cane, None Gasito Niwe Nkurunziza? Kuberiki Arungika Gasito Nabandi Nawe Agasigara Ariyahira IKawa? Ikawa Niyo Ntambamyi Yibibazo Biri Muburundi?

  • Aratinya gusohoka mu gihugu. Burya vyaramurangiranye kandi twizereko bizogaragara neza ko vyamurangiranye imbere ya 2020. Yabaye umubeshi cane kandi asuzugura amakungu yose yamuhanuye ko adakomeza intwaro mbi cane yo kuroha i gihugu mumanga. Uyu munsi abahunze i gihugu barenga 450.000, bamerewe nabi mu buhungiro. Bamuhanuye kudahindura Constitution kandi bamubuza gukurikirana Mandat ya 4 muri 2020, ariko ntiyumva, kuko Imana yiwe yamubwiye ko azotsinda vyose bibaho, maze izo mpunzi zigumire mugahinga, nawe akomeze yonona i gihugu. Igisubizo kiraboneka vuba kuko Imana y’ u Burundi n’ Abarundi irahari. Leta yiwe yasambuye imiryango myinshi cane.

  • NTAVYO TWITEZE MUKARERE NIBAGENDEBIRIRE AMAHERA YIGIHUGU.NTAWORIBWA NINKOMA NGWAJE KWITURA ISATO.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.