Accueil > Amakuru > u Burundi > Général de Brigade Jean Paul HABIMANA yahawe ubuyobozi bw’igisirikare (...)
Général de Brigade Jean Paul HABIMANA yahawe ubuyobozi bw’igisirikare kirwanira hasi
lundi 3 Mukakaro 2017, par
Général de Brigade Jean Paul HABIMANA batazira BISHINGA yagenwe kuba umukuru w’igisirikare kirwanira hasi, icegera ciwe ni Général de Brigade Marius NGENDABANKA.
- Général de Brigade Jean Paul HABIMANA batazira BISHINGA, umukuru w’igisirikare kirwanira hasi
Uwagenwe kuba umukuru w’igisirikare kirwanira mu kirere ni Colonel Hermalas NDABASHINZE, nayo Colonel Venant BIBONIMANA batazira Gatovyi agenwa kuba umukuru w’igisirikare kirwanira mu mazi. Icegera ciwe ni Colonel Onésime KARIKERA.
Bose hamwe uko ari batanu bagenwe kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/135 ryo kuwa mbere Mukakaro 2017.
Egide NDUWIMANA
Messages
3 Mukakaro 2017, 15:35, par amiri
amafoto mubamwereka abanwanyi banyu muranagaragaza gushaka kwerekana ko umuntu ari ubwoko ubu canke buriya ntawumenya icomuba mushaka gushikako ariko nkanje ndavyakira nkaho ncamenya uruhande mwegamiyemwo kandi atari ngombwa
4 Mukakaro 2017, 06:15, par ntirampeba celéus
ivyo nivyiza cane
4 Mukakaro 2017, 06:25, par Dossantosi
ntagitangaza Kirimwo Ngaho.
Nakare Barasa!
We Kuba Rurangiramwa Mukwica!
Ha! Ntakuntu Pe!
4 Mukakaro 2017, 10:11, par ndizeye