Accueil > Amakuru > u Burundi > Hatanguye gutangwa impapuro z’inzira zikoreshwa mu karere ka Afrika (...)
Hatanguye gutangwa impapuro z’inzira zikoreshwa mu karere ka Afrika y’Ubuseruko
lundi 28 mai 2018
Umushkiranganji w’umutekano hamwe no kugwanya ibiza Alain Guillaume BUNYONI yamenyesheje ko ico gikorwa gitangujwe k’umugaragaro kandi kigiye kubandanya.
Zimwe murii zo mpapuro z’inzira hariho iy’’abantu bakuze izoba ifise impapuro 52 ikazomara imyaka 10 mu gihe urupapuro rw’inzira rw’abakiri bato ruzoba rufise impapuro 32 rukazomara imyaka 5.
Impapuro z’inzira zari zisanzwe zikoreshwa zikaba zizobandanya zikora gushika mu mwaka wa 2020.
BIKORIMANA Vianney
Messages
29 mai 2018, 02:41, par nshimirimana jean claude
mbega urwo rupapuro umuntu arashobora kuzorukoresha no mubihugu bitari mwuyomuryango wibihugu bihurikiye muri afirika yubuseruko ?
29 mai 2018, 04:48, par Onesphore Nshemezimana
Mbega izo z’abakuze zizoba zigurwa angahe ?
29 mai 2018, 08:13, par Mahoro
Igurwa angahe ? Abakuze ni ukuvuga imyaka ingahe ? Itandukaniye he na Laisser Passer ?