Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibitaro vy’igiporisi c’Uburundi "HPNB" vyaronkejwe imfashanyo na (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > u Burundi > Ibitaro vy’igiporisi c’Uburundi "HPNB" vyaronkejwe imfashanyo na (...)

Ibitaro vy’igiporisi c’Uburundi "HPNB" vyaronkejwe imfashanyo na Misiri

Wednesday 18 April 2018, by Jean De Dieu

Umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ibindi bihugu Alain Aimé NYAMITWE yamenyesheje ko ivyo bikoresho vyatanzwe bizofasha abahora baja kwivuza hanze y’igihugu ingwara y’amafyigo kuzokwivuriza hano mu gihugu ku giciro kitavuna.

Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’igihugu ca Misiri Sameh Shoukry yashikirije iyo mfashanyo yamenyesheje ko igihugu ciwe kizobandanya gifata mu mugongo ivyo bitaro kandi ko kizoronsa inyigisho abakozi kugira bizoborohere gukoresha ivyo bikoresho.

Mwomenya ko ibikoresho nk’ivyo vyatanzwe no ku bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge, vyose hamwe bikaba bifise agaciro k’imiriyoni 2,5 z’amafaranga yo mu Misiri.


Bikorimana Vianney

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.