Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
dimanche 16 Gitugutu 2016, par
- Bob RUGURIKA, umuyobozi wa RPA yaronkejwe agashimwe kitiriwe ubwigenge bw’ukumenyesha amakuru Ako gashimwe yagaherewe mu gisagara ca Johannesburg, muri Afrika y’epfo
IGIHE
Messages
16 Gitugutu 2016, 12:46, par NKORIBIGAWA Pierre
Muhe kuko yarakoreye igihugu.hoboneka abandi bameze nkawe igihugu corokoka.
16 Gitugutu 2016, 16:18, par John Mwenda
Nikoye mbese twebanywarwanda twahunze urwanda kwatanumwe womuritwe wigera uhabwa agashimwe agaherewe mubuhungiro!?
Ariko abarundi bahunze igihugu cyabo bakababakomejye guhabwa ubushimwe bari iyobahungiye!?
Jyendabishyima ariko nkibaza impamvu natwe banyarwanda twahunze urwanda atawuhabwa agashimwe.
Njendabona uwavuga ko bimwe mubyakozwe nabarya barundi bahunze baribabitumwe namahanga bikabarinabyo bituma bakomejye kubashyimira iyobari mubuhungiro.
16 Gitugutu 2016, 16:39, par Mugabonihera
nibabandanye,bamuha,nimvuga,kuri,yobose,bamera,nkawe
16 Gitugutu 2016, 20:57, par .
Bob Rugurinka yarinkeje agashimwe kitiriwe ubwigenge bwabamenyeshamakuru bose bakokeje bahamagarira abarundi kugumuka noguturira abantu mumwaka wa 2015 mu Burundi.
17 Gitugutu 2016, 09:27
komera mugenzi.ukuri kuzoteba kwiganza .kandi guca muziko ntigusha.IMANA ikuje imbere urabikwiye kanatsinda waritanze
17 Gitugutu 2016, 16:02, par Hutsi
Kabisa ukuri kwababakoresha muguturira igihugu cabo kuzoja ahabona canke mwaramaze kujahabona.