Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ikigongwe casabiwe abashatse gutembagaza (...)
Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ikigongwe casabiwe abashatse gutembagaza ubutegetsi
samedi 22 Ndamukiza 2017, par
Abari muri amwe mashirahamwe avuga ko adaharanira ivyicaro vya poritike batunganije kuri uwu wa gatandatu imyiyerekano y’ukwiyamiriza ivyasabwe n’umuhuza Benjamin William MKAPA, yasavye ko abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA bohabwa ikigongwe c’agateganyo.
Reta y’Uburundi iremeza ko yaronse urwandiko rw’umuhuza Benjamin William MKAPA, urwandiko rusaba umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ko yogirira ikigongwe (Immunité) abantu bagirizwa ko bagerageje gutembagaza ubutegetsi bwiwe kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
Reta y’Uburundi ivuga ko itazokwigera itanga ikigongwe kuri abo bantu bakurikiranwa n’ubutungane bw’Uburundi.
Uburundi busaba ahubwo ko ibihugu vyabahaye ubuhungiro vyobashikiriza ubutungane bw’Uburundi, kugira imanza zabo zitangure kuburanishwa.
IGIHE
Messages
22 Ndamukiza 2017, 14:46, par Nduwayonepo
Nibabahane, kukobanka, demokarasi
22 Ndamukiza 2017, 14:48, par RIYAZIMANA
NIVYO IKIGOGWE KIRAKENEWE NUMWANA WIMANA YESU YARAGIRIYE IKIGONGWE KUBAMWISHE NAWE NABAGIRIRE IKIGOGWE
22 Ndamukiza 2017, 14:55, par RIYAZIMANA
KURYA YAMA ATANGA IKIGOGWE KUBANYORO NABANDI BAGIRIRE IKIGOGWE HABARIGWA UWACUMUYE ADATANZE IKIGOGWE KANDI ARI UMUSENZI NIVYOBA ARI VYIZA
22 Ndamukiza 2017, 14:56, par Ikurakure
Abo bagiye mu myiyerekano ko batayigize igihe President Buyoya yababarira Peter Nkurunziza yakatiwe kunyongwa?muhaze buruguri z’aba Chinois sha, ujinga mzigo
22 Ndamukiza 2017, 16:49
UMURUNDI WO 1993 ARATANDUKANYE NUWA 2017 AHUBWO NDUMIWE!!!!!!
22 Ndamukiza 2017, 16:55, par Kudahana
Uwishe Kumanyama Niyicwe
22 Ndamukiza 2017, 17:48, par bizimanaphirbert
jewe narabivuze ko mukiringo kitarenga imyaka2 bazoza bafukamye bikwega imbere yabarundi bashatse guta murudubi.unva nejo nejo bundi ntuzukinishe umunzungu ngu murire amahera witwaje kumubesha.nakumenya azokwanka urunuka.hasigaye ugwanda ntamwaka nagwo rushigaje.mubike ano majambo muzompinyuza
22 Ndamukiza 2017, 18:02, par JOEL
AHUBWO NIBAHASHE BARIBADUSUTSE MURUDUBI IMANA IRAKINGA
22 Ndamukiza 2017, 18:59, par Mediator
Ndabinginze abegereye uwo muhuza mubwire kahise k,u Burundi! Kuva u Burundi bwitwa u Burundi hagumye agahahazo nogukumira bamwe mu nzego nyisi cane cane igisirikare, kaminuza, n,ibindi . abarundi bagiye hamwe bitorera nyakwigendera Melchior Ndadaye bitatevye yaciye agandaguranwa n,abashikirangaji bamufasha!!! Abarundi isinzi baragandaguwe . Abarundi baritanze bagwana urugamba bageraho bashinga CDD-FDD umugambwe udakumira ugizwe n,amoko yose botorera n,inzego z,igihugu none bansumirinda bibagira nk,inkoko bagerageza gusubiza u Burundi mumanga NGO basenyure izo nzego batitayeho abatama n,abatamakazi abana bohatikirira !! None NGO ikigongwe!!!!! Ibuke iyo tuvuye ni kure caaaaane ntimwipfuze gusubirayo
22 Ndamukiza 2017, 20:31, par mibur
nuburofa mu rasara
22 Ndamukiza 2017, 20:48, par P. ANTOINE
prezida wacu arac.ahagarikiwe nimena ahubwo ko amakungu aguna abasabirikingongwe aho kubafata, nabo nibagwinyuma yuburundi nkuko bashaka ko przida ahera hanze.
22 Ndamukiza 2017, 21:58, par bizimanaphirbert
narabivuze ko bazoza bakwega amavi imbere yabarundi bashatse gutamurudubi.singabo batanguye gusaba imbabazi.hasigaye ugwanda bitarenga umwaka nagwo ruzosaba imbabazi.
22 Ndamukiza 2017, 22:42, par BURIMASO KAGISYE
NA YESU(YEZU) YARASABIYE IKIGONGWE ABARIKO BAMWICA!NATWE ABARUNDI NI 90%(CHRETIENS).TURABIBONA!COJITO ELEGOSUM.
23 Ndamukiza 2017, 02:13, par Hutsi
Jewe ahonciye hose haba mubarundi nomubandibantu nomubindibihugu nkavugako muburundi abageze m gukubita kudeta bikanera ko ibihugu nimwebimwe bikomeye vyaciye bihamagara abobantu ngonibiyizire kibera murivyo mbese reta yabibwira atimwabihugumwe turungikire abobantu bakubitwe intahemugahaga ko ivyobihugu bicabivuga ngo turafatiye ibihano uburundi ngonamba utababariye abobantu! Abondabibwiye barumirwa!!! Bakavugango Isi namba ivyovyarabaye yabuze gikontorora ativyobihugu bisabira imbabazi abagerageje hukubita kudeta atinogushigikira bariyaba terrorist bobikora!
23 Ndamukiza 2017, 04:12, par Ambassadeur Ndik
Ikibabaje Nukuko Uburundi Nabarundi Arivyo Birwa Mumporero Kunyungu Zabanyepolitique Bashaka Kwigumiza Kubutegetse Aband Nabo Bagashira Inyumgu Zabo Imbere Mukugomba Kudandaza Ubutunzi Kama Bwigihugu Cacu. Ark Iconz Gusa Bizoteba Muga Bazogitanga . Jew Ndibuka Sylvest Ntibantunganye Asaba Kuja Mubiganiro Numugwi Wagwana Wa Nyangoma 1ere Munistre Nduwayo Innocent Yavyamirira Kure Ark Nuko Vyatevy Biraba Knd Uburund Nabarund Vyasinzikajw Nintambara , Uburer Ntitwari Kurinda Kwicwa Nubukene Hamw Twoba Dukunda Igihugu Cacu Koko.
23 Ndamukiza 2017, 05:41, par gilb
Ndafise ikibazo.Mbega iyo irya coup d’etat ikunda ubu tuba turihe ? uburundi buba bugeze hehe? barya babigerageje maze bagahabwa indaro nababirigi hamwe n’urwanda boba batari kumwe canke harya bagiye niho hari ababibatuma? .kubwanje numva atakigongwe gikenewe kk abo bariko basaba ibigongwe ubu nuko bitakunze baba ari ibiziga none rero ni babarungike baciribwe imanza zibakwiye
23 Ndamukiza 2017, 05:42, par gilb
Ndafise ikibazo.Mbega iyo irya coup d’etat ikunda ubu tuba turihe ? uburundi buba bugeze hehe? barya babigerageje maze bagahabwa indaro nababirigi hamwe n’urwanda boba batari kumwe canke harya bagiye niho hari ababibatuma? .kubwanje numva atakigongwe gikenewe kk abo bariko basaba ibigongwe ubu nuko bitakunze baba ari ibiziga none rero ni babarungike baciribwe imanza zibakwiye
23 Ndamukiza 2017, 07:04, par Wakera
Izimbonetakure , interahamwe na FDLR bagumiza mumabarabara zizopfa zangara!! Aha zitega izuba kugire bazihembe buruguri yabashinwa!!! Zirateye agahinda!!! Mbe hagati ya Peter nabo yita ko bashatse gusenyura inzego ninde akwiye gusabirwa ikigongwe!! DD yarataye umutwe!!! Iyo intwaro ibonako iriko iragenda akagirire itangura guhemba abantu bashonje ngo baje mumabarabara yibazako bacababona ngo iracaterigere!!! Who cares!!! Iyontwarp yicaduka yatemvye kera!!!!
23 Ndamukiza 2017, 07:17, par E BAYUBAHE
kuvyerekey ico kigongw ni bareke nyakwubahwa prezida aze yifatir ingingo kuko nimba bamerita igihano co gupfa agaca ahitamwo kubapfunga ubuzima bwose azob yabababariy kuko ikimuga gisumba imva
23 Ndamukiza 2017, 15:28, par zono
akigirira bande ko bahunze
23 Ndamukiza 2017, 15:28, par zono
akigirira bande ko bahunze
23 Ndamukiza 2017, 15:28, par zono
akigirira bande ko bahunze
23 Ndamukiza 2017, 18:15, par Iragiryagahuturemy
@Ambassador, uwomurwi rwarwana wariwara kubise kudeta?
Canke uwomurwi warwana wombarira ahowigeze guturirira abantu?
23 Ndamukiza 2017, 20:26, par Nema
Ariko Abarundi Murihenda , Baribazi Ko Coup D ’etat Igishoboka Ubu ? Naho Vyoshobotse , Abayikoze Bokerewe Nkimene , Guko Sinkakera Ico Bakimenye !
23 Ndamukiza 2017, 22:48, par p antoine
AHUBWO UZONGERA KUVUGA NGO TUGILIRE IKIGONGWE ABAKOZE COUT DETAT JEWE NDOCA NIYUMVIRA KO AKORANA MABO .NKENEYE BUYOYA KWAFATWA ,AKATUBWIRA IVYO YAKOZE NTEGA NA MARANGARA ,AKATUBWIRA ICATUMYE YICA NDADAYE NA NTARYAMIRA ,AHENDAGIJWE MA KAGAME .KAGAME ARIWE BUYYA ARINYUMA YURUGO RWIWE.AZOZE ATUBWIRE ABANTU YISHE MUR KOMIN E GISURU KUMUTUMBA WA NYARUMANGA 1995
23 Ndamukiza 2017, 23:15, par KIRIJANANA
ESE MUKAPANAWE YABAYE ARIKUMWE NANIYO NBARI HAMA NGO NUMUHUZA NAGARUKA MUBURUNDI MUZOCE MUDADA NUKO YABAYE AMEZECHAKOKO NDABABAYE
24 Ndamukiza 2017, 07:50, par Abriel
Nibemere Bacirwe Imanza Kuko Nabo Iyo Bagera Kuntumbero Yabo Ntakigongwe Bari Gutanga.Nakare Uworukarisha Rwomumwa!
24 Ndamukiza 2017, 09:17, par tororo
Bisigura ko mwerako nkurunziza ariwe ategerezwa kuzoba uwambere mugukubitwa intahe mugahanga kuko nta mupucisite yoza amuruta
24 Ndamukiza 2017, 13:24, par Micombero
Ariko ubu aba bantu bose baba bunva ibyo bamagana cyangwa n’ugupfa kujyayo gusa. birababaje kubona abantu bamagana umuti w’amahoro kumanywa yihangu.
Ibyo Mukapa yasabye birakwiye kandi ni ingenzi. Uburundi ni ubwacu twese abarundi kandi ntanumwe afite uburenganzira bwo kuduheza. Nkurunziza niwe wambere watembagaje ubutegetsi ubwo yiyemezaga gutembagaza itegekonshinga. ibyakurikiyeho byose niwe agamba kubibazwa kandi biri kugatwe kiwe.
Mureke gushyigikira ikibi mukireba kuko namwe bizabagaruka kandi murabizi neza ko mutazahora mwitwara uko mwitwara. Ibintu bizahinduk.
Murimo gusenya igihugu kandi cyari igihe cyo kucyubaka kigakomera. Ngaye mwe mwese mwiroha mumihanda nk’ibigoryi mutabanje gutekereza, ngo murebe inyungu rusange.
27 Ndamukiza 2017, 05:31, par mbonerakure
mediator urumugabo pe nayowakeranimbwa