Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura : Inama igira umunani ya EAPCE’17 isigaje amasaha make - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Inama igira umunani ya EAPCE’17 isigaje amasaha make

Bujumbura : Inama igira umunani ya EAPCE’17 isigaje amasaha make

samedi 20 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu, Come MANIRAKIZA amenyesha ko amanama nk’ayo afise akamaro kanini kuko atuma abakorera muri ico gisata bahanahana ivyiyumviro kugira bateze imbere ico gisata muri ako karere ka Afrika y’ubuseruko, bakumvikana ivyokorwa ku neza y’abanyagihugu hamwe n’ibihugu.

"Ni n’akaryo abakorera muri ivyo bisata baronka kugira bamenyekanishe ivyo barangura kandi bafashe guteza imbere ibihugu vy’akarere ka Afrika y’ubuseruko."

Mu misi itatu iyo nama izomara, umushikiranji MANIRAKIZA avuga ko abazoyitaba bazoronka akaryo ko guhanahana ivyiyumviro ku bushakashatsi bwotuma igisata c’igitoro gitera imbere, babifashijwe n’abahinga babinonosoye.

JPEG - 52 ko
Come MANIRAKIZA, umushikiranganji ajejwe amasoko ntanganguvu

Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.