Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inama nkenguzamateka yatanze intererano y’amatora ya 2020 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkenguzamateka yatanze intererano y’amatora ya 2020

Inama nkenguzamateka yatanze intererano y’amatora ya 2020

mardi 20 mars 2018

Rénovat NIYONZIMA avuga ko bayatanze mu ntumbero yo gushigikira akororero katanzwe n’umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA, aho yahamagarira abarundi bose gushigishigikira umugambi w’amatora .

Umunyamabanga mukuru w’inama nkenguzamateka, yavuze kandi ko ayo mafaranga yatanzwe n’abakenguzamateka bose n’abakozi bose bakorera muri urwo rwego.

Rénovat NIYONZIMA yavuze ko batanze ayo mafaranga mu ntumbero yo guhesha icubahiro igihugu c’uburundi mu makungu.

Callixte Carpe NDIKUMANA

Messages

  • Hari ibice biteganyijwemo imvura ihagije ariko iziyongera ikaba nyinshi n’ahandi izagabanuka ikaba nkeya. Imvura Ikigero izatangira gucika mumpera za Gicurasi 2018. Usibye ko hari ahandi hakeya izageza mu cyumweru cyambere cya Kamena 2018. Ukeneye ibindi bisobanuro wahamagara kuri 6080 https://t.co/Y00WU9WDAC
    Link wakuraho andi makuru xbxxhjjs ssjsjs ddjdkd djkrs djsjjs sksw eks dkd ddjd djkd

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.