Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkenguzamateka yemeje ba buramatari batandatu bashasha
Inama nkenguzamateka yemeje ba buramatari batandatu bashasha
mardi 19 juin 2018
Izo ntara zahawe ba buramatari bashasha ni intara ya Bubanza, intara ya Bururi, intara ya Muramvya, intara ya Kirundo, intara ya Ruyigi n’intara ya Rutana.
Intara ya Bubanza igiye kurongorwa na BUTOYI Nobus Therence, intara ya Bururi irongorwe na NIYONZIMA Frederic, intara ya Muramvya ni NICIMBESHE Laurent, intara ya Kirundo ni MUTABAZI Alain Tribert, intara ya Rutana ni MINANI Fidele, intara ya Ruyigi ni BASHINGWA Elie.
Mwomenya ko intara ya Muramvya ihawe buramatari mushasha, inyuma y’amezi arenga atandatu ata buramatari ifise, inyuma yahoo uwahora ayirongoye agenewe mu mabanga yo kurongora igisata ca Reta citaho igiterwa c’ikawa ARFIC.
IGIHE
Messages
19 juin 2018, 20:36, par ndayishimiye ladislas
Inama nkenguzamateka yakoze akazi kayo.Noneko Tubona Ataw Bahay Promo Urets Uwimuramvya,nkuyu Wo Muruyigi Nawe Bamuhoye Iki Ningene Yahora Yitanga ? Commentaire !