Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkenguzamateka yemeje bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi (...)
Inama nkenguzamateka yemeje bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi bihugu
vendredi 17 Ntwarante 2017
Inama nkenguzamateka y’Uburundi yaremeje kuri uno wa kane igenekerezo rya 16 Ntwarante,umwaka wa 2017 amazina y’abantu bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi bihugu.
Abo bantu bagizwe n’abakenyezi babiri hamwe n’abagabo babibiri ni Martin MBAZUMUTIMA yahora arongoye umurwi wo gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo, Remy BARAMPAMA umukenguzamateka yotowe mu gisagara ca Bujumbura.
Abakenyezi babiri bemejwe n’inama nkenguzamateka ni Stella BUDIRIGANYA yahora avugira inama nshingamateka hamwe na Nina Christine NIYONSAVYE yahora arongoye ibitaro Roi Khaled.
Inama nkenguzamateka ariko ntiyashikirije ibihugu abo bemejwe guserukira Uburundi mu bindi bihugu bazorungikwamwo.
IGIHE
Messages
17 Ntwarante 2017, 21:33, par Richard
Genda mwirire zarabahaye. Ariko come back to jesus
18 Ntwarante 2017, 13:18, par arise
BAZOGENDENEZA IMANA IZOBAJIMBERE
19 Ntwarante 2017, 04:16, par Jyefu
Ese iyo muri gutora mumanika amaboko mukabara