Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nshingamateka y’Uburundi yahojeje umuryango wa Grégoire (...)
Inama nshingamateka y’Uburundi yahojeje umuryango wa Grégoire NTIMPIRANGEZA
mardi 16 Rusama 2017, par
Uwo mushingamateka azoshingurwa kw’igenekerezo rya rya 20 Rusama 2017, inyuma y’inkuka y’imisa y’ukumusabira izobera ku kibuga c’umupira ca komine Gishubi mu ntara ya Gitega, aho asanzwe avuka, igihe c’isaha zine z’agatondo.
- Umushingamateka Grégoire NTIMPIRANGEZA
Umushingamateka Grégoire NTIMPIRANGEZA yitavye Imana kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2017, akaba yari yatowe mu ntara ya Gitega.
NDUWIMANA