IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama y’umutekano w’igihugu mu ntara ya Cibitoke (Amafoto)

Inama y’umutekano w’igihugu mu ntara ya Cibitoke (Amafoto)

vendredi 2 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo nama yatumiwemwo n’abajejwe umutekano w’igihugu n’ukwivuna abansi ku rwego rw’igihugu, abajejwe ubutungane, barabira hamwe kandi n’ingene ubutunzi bw’igihugu c’Uburundi bwifashe.

Ibiva muri iyo nama turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.

Amafoto


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.