Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo zitatu zirukanwe mu gisirikare c’Uburundi
Intwazangabo zitatu zirukanwe mu gisirikare c’Uburundi
lundi 26 Kigarama 2016, par
Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, abasirikare batatu b’intwazangabo birukanwe mu gisirikare c’Uburundi.
Abo basirikare bakaba bari batakiboneka ku mirimo yabo.
Abo birukanwe ni Colonel Adolphe MANIRAKIZA SS0264 yigeze kuba umuvugizi w’ingabo za MINUSCA muri Centrafrika, akaba atagarutse mu Burundi, inyuma y’aho ikiringo ciwe giheze muri ayo mabanga.
- Colonel Adolphe MANIRAKIZA
Abandi birukanwe ni Lieutenant Colonel Aimable HABIYAMBERE SS0546, hamwe na Capitaine Emmanuel NSAVYIMANA SS1608
IGIHE
Messages
26 Kigarama 2016, 20:57, par MURUNDI YUZUYE
NTANGUYE KURAMUTSA ABARUNDI BOSE HAMWE NONE ABO BANTU BAHENDWA ARI INTWAZANGABO NTIMUBONAKO ARI IBIJUJU IZOMBWA ZA BAZUNGU ZIBAHENDA USANGA IWABO ATANAKAZI ZIFISE UGACA USANGA BARIKO BARACANISHAMWO ABANTU.NDAVYE UKUNTU (FDN) YUBATSE JEWE SIMBONA UKUNTU HOBA HAKIRI INGABO YOBA IGIHENDWA NABANTU BATAGIRA AKAMARO JEWE MUMBWIRE IGISIRIKARE CAZANYE AMAHORO IMOGADISHU NA HANDI MURI SOMALIE IZOMBWA ZA BAZUNGU NTIZARI ZA NANIWE ARIKO INGABO ZACU AHO ZISHIKIYE YO AMAHORO YARAGARUTSE NTIMUSUBIRE GUFATA UBUSODA BWAHANDI NGO MUBUGERERANYE NA <FDN>MUCIRE BIRURE TURI INTAVOGEGWA UBURUNDI OYEEFEEE..UWUDASHAKA URUPFU ASOMA INGWE
26 Kigarama 2016, 21:13, par Nema
Nibagende Nakare Ntakubana Ninzoka Munzu . Ikindi Umwana Ataco Akumariye Kandi Atari Bukure Yopfakare !
26 Kigarama 2016, 21:33, par maso
none hasigaye nde? biragoye kweli. uwudatorotse, aricwa canke agatagwa mumvuto. icigwa kubakizezeta.
27 Kigarama 2016, 07:24, par Nzeyimana John
Bagiye hageze wewe witegereje ingene bagenzibabo birirwa barakererwa nkimpene,uwutishwe nawe agirwa ikimuga, Bakoze rugabo ntakwicirwa mubana.
27 Kigarama 2016, 07:51, par mahoro
umuhimbiri ngo manirakiza ingene yavuga ayamuhe, yahunze iki iyombwa yanyina
27 Kigarama 2016, 08:27, par Fred
Ntawubirukanye Ahubwo Nibo Bikuye Mukazi Ngira Babonye Batakigashoboye Ikibabaje Nuko Batahejeje Ngo Babimenyeshe Abarundi
27 Kigarama 2016, 11:28, par bosco
Nonese konumvangobafite umutekano babeshabarundi ntiwumvako arabicyanyi jyebanterubgoba kabisa iyobahohotera bagenziwabo
27 Kigarama 2016, 19:29, par Iradukunda J Baptiste
Ivyo Bintu Muravyihweze Murabeko Atangorane Vyozana Mu Gihugu
27 Kigarama 2016, 22:13, par DIOMÉDE
Ahubwo Bararambiwe Kukazi Nibasimbure,kuko Abashoboye Nibeshi Bababakoreko Amatohoza.
27 Kigarama 2016, 22:51, par Benjamen
Nabirukane.Ahubwonabandibamezuko.Nabakuremwo!.Nkurunziza Nitwari nahangame.
28 Kigarama 2016, 11:43, par BURUNDI
BUYOYA NIWE ABAHENDAMURARA BANEZA ABAHOZEM UGISODACABUYOYA BAMEZENKINZOKA YIMVUVYI AHOBARI HOSE USANGABARI MUTURWI MURARAB AMUBACANGENIHATARI
28 Kigarama 2016, 20:54, par Magxime
Abobasodabirukanye,hakabantunze
Ndobiyakiriye,nikuberandumukene
(mayibob)gusamurabirabeigihugugitekane,muduhendangokiratekanye
Uzinitwebweabayagihuguturagowe
Ndakewa