Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya (...)

Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya amayarara mu gisagara

Monday 12 November 2018, by vianney

Pierre Claver NIZIGIYIMANA avuga ko iyarara rishobora kuvamwo ibintu vyinshi bitandukanye na cane cane nk’amakara ,umwavu,ibizuku n’ibindi bishobora gufasha mu buzima bw’abanyagihugu.

Uyo arongoye iryo shirahamwe asaba reta kubafata mu mugongo mu kubaronsa uburyo n’ ibikoresho bakenera mu bikorwa vyabo kugira umwimbu w’ivyo barangura ushobore kwiyongera .

Pierre Claver NIZIGIYIMANA avuga ko ubwo bushakashatsi babutanguye inyuma yaho uwahoze ari umushikiranganji Augustin NSANZE yabubamenyesheje avuye mu gihugu ca Madagascar aho abantu batari bake batunzwe nuwo mwunga wo guhingura umukara uvuye mw’iyarara.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.