IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Rainbow Mining Burundi yemerewe gusubira gukora ibikorwa ryavyo

Rainbow Mining Burundi yemerewe gusubira gukora ibikorwa ryavyo

Thursday 18 October 2018, by vianney

Mw’ikete inomero 760/CAB/1684/2018,umushikiranganji w’ubutare n’agataka hamwe n’amasoko ntanganguvu yandikiye umuyobozi mukuru w’iryo shirahamwe kw’igenekerezo rya 17 Gitugutu 2018,Come MANIRAKIZA amenyeshako iryo shirahamwe ryemerewe gusubira kurangura ibikorwa ryavyo hisunzwe icegeranyo abahinga b’iryo shirahamwe bashikirije ko bagiye kwisunga itegeko rigenga ico gisata.

Muriryo kete,Come MANIRAKIZA avuga ko kubahiriza ivyo biyemeje bibaha uburenganzira gushasha bwo gukora kandi mu gihe batayubahirije baca bakwa ubwo burenganzira bwo kurangura imirimo yabo.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.