IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Ishirahamwe FENADEB rivuga ko igitigiri c’abana bahevye amashure (...)

Ishirahamwe FENADEB rivuga ko igitigiri c’abana bahevye amashure cagabanutse

Monday 10 September 2018, by vianney

Ivyo babishikirije mu gihe kuruno wa mbere igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka wa 2018 ariho umwaka w’ishure wa 2018 ushira umwaka wa 2019 ariho watangura mu gihugu cose.

Mw’itangazo rya FENADEB ,umukuru waryo Jacques NSHIMIRIMANA amenyeshako ugereranije n’umwaka w’ishure wahera uyu mwaka habaye akarusho kuko hari itandukaniro ry’abana bashika 46 kw’ijana.

Jacques NSHIMIRIMANA avuga ko hakiri impinga ndende na cane cane mu ntara za Bubanza na Ruyigi zikwiye gukwirikiranwa kuko abana baheba murizo ntara bari k’urugero rwo hejuru.

Uyo arongoye FENADEB atera akamo abegwa bose n’ikibazo c’indero gushira hamwe kugira ibitigiri vy’abana baheba amashure bigabanuke.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.