Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Jeremie MINANI:’’ Irekurwa ry’abanywanyi ba MSD nta gitangaza kirimwo’’
Jeremie MINANI:’’ Irekurwa ry’abanywanyi ba MSD nta gitangaza kirimwo’’
mercredi 25 Nzero 2017
Urunani rw’ishinze gukingira amasezerano ya Arusha CNARED rumenyesha ko irekurwa ry’abanywanyi b’umugambwe MSD bahora bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba,inyuma y’ikigongwe c’umukuru w’igihugu ata gitangaza kirimwo.
Kubwa Jeremie MINANI ajejwe kumenyesha amakuru mu runani CNARED, abanywanyi b’umugambwe MSD bahora bapfunzwe ntibari kuba barapfunzwe kuko ata caha bari bakoze.Amenyesha ko mu runani CNARED banezerezwa n’irekurwa ryabo.
Jeremie MINANI ajejwe kumenyesha amakuru mu runani CNARED amenyesha ariko ko,kuva ico kigongwe gitanzwe n’umukuru w’igihugu abandi bantu barenga 500 bamaze guhagarikwa bapfungirwa mu bice bitandukanye.
Abanywanyi b’umugambwe MSD bari bafatiwe ku ngoro y’umugambwe mu kwezi kwa gatatu mu mwaka wa 2014.
IGIHE
Messages
25 Nzero 2017, 12:32, par deo
Nyakubahwa minani gezaho kudandaza abanyagihugu kuko twarabahinyuye mubari bafunzwe nta ncuti yanyu yarimwo ndunva mugomba kutwunvisha ko bari baduhoy ubusa . Imyaka 3 kumpimba .sinibaza kutahur uburemere bwayo
25 Nzero 2017, 13:06, par Cobla Rouge
Weho Ubu Nukuvuga Gusa Kugira Wimenyekanishe Gusa Ntabindi Ivyanyu Twabimenye Kera. Mbe Wewe Uvukahe Ganani.
25 Nzero 2017, 14:53, par Daniela
Nibashime,nivyo,ntawurya,inka,nkamweneyo.Sinared,nibihangane.Nibagifata,bazotunganya,ibintu.Ishavu,ryimbw,riherera,mumurizo!!
25 Nzero 2017, 20:53, par Nema
Minani Mbega Cnard Igizwe Nayo Mazima ? Emwe Mwaradubuye !
25 Nzero 2017, 20:54, par Nema
Minani Mbega Cnard Igizwe Nayo Mazima ? Emwe Mwaradubuye !
25 Nzero 2017, 21:57, par Gahungu
Ewe,MINANI,yaba,ariwewe,uri,mugasho,ivyo,wavuze,ntiwari,kubivuga!!Ese,bogufata,ukamarayo,nkamezi5gusa,woryohegwa,nibagute,mugasho.!
26 Nzero 2017, 20:27, par WARUMONGE
MURAKESHA NKURUNZIZA BIMWEYAMASENGAMURABIBONYE KUKO.WACIRICOBO MUGA ABACISIZEMUCANZO MUBURUMUTIMAMUSUBIRE
27 Nzero 2017, 00:02, par FELIX MUHIRE
None Minani weho warekuye abanyororo bangahe ko uryebaguza akarimi gusa? Uwo muntu yavuze ngo "Ishavu ry’imwa riherera ku murizo" yaguciriye umugani mwiza (www.akarimi.com)