Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo : Abantu bane bapfuye baguweko n’umusozi
Kirundo : Abantu bane bapfuye baguweko n’umusozi
jeudi 6 Ndamukiza 2017, par
Abantu bane bapfuye, abagera ku ndwi nabo barakomereka, baguweko n’umusozi aho bariko bimba ubutare muri komine Gitobe, mu ntara ya Kirundo.
Iryo sanganya ribaye inyuma y’aho uwundi muntu umwe apfuye uwundi arakomereka muri komine Nyabitsinda, intara ya Ruyigi, ku munsi wa gatanu w’indwi iheze.
Abo bahenukiweko n’umusozi mu gihe bariko bimba mu kinyegero ubutare, nk’uko vyashikirijwe n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
IGIHE
Messages
6 Ndamukiza 2017, 11:20, par Wakera
Jewe nari nagorobeje mu Gasura (commune Vumbi) kw’ibarabara rya Gitobe mbwira imbonerakure zaho ko zoreka ubwicanyi kuko ayo masanganya (imisozi ibomokera kubantu, imvura y’isegenya) biva kurayo maraso zirirwa zirasesa zibaza ngo zishigikiye Leta y’icaduka! Zimwe zavuze ko bazihendesha Buruguri y’abashinwa izindi nazo ngo zirihemba zikoreshe article 15 ! Ngo ravitaillement sur terrain! Reka uno musi nsimbire i Muramba ahavuka buramatari Melchior naho ndabe izaho ngumengo zariye amavubi!!! Ejo nzoja Cahi (Mwumba) ndabe hoho ko abantu baho konubu bakirya abantu nka Nangayivuza ntibizoroha!!!
6 Ndamukiza 2017, 14:54, par bizimana phirbert
mwigishwa ubusa mukavuga ubusa.jewe mpora nunva invigorating zanyu ngo ubwicanyi burya abo mwishe 72 niyindi myaka vyari biti mwicira.2005 kuva nkurunziza agiye kubutegetsi ninde mututsi yahohotewe canke ngoyakwe akazi.ubwanyu mwaravyivugiye komumuhora ngo kwiongeza ikiringo.ariko ndakubaze komurabacamanza beza kwataho mwigeze muhaguruka NGO muvugire ikiringo ca nyakwigendera ndadaye yatwaye amezi3. komutiyamirije buyoya agarutse kubutegetsi97 kunguvu..mbega uburundi in bwabande
6 Ndamukiza 2017, 15:08, par Bobo
Mumutwe wawe hariyo agasorobo nunyarukire kwa muganga!
6 Ndamukiza 2017, 19:06, par Paul Alex
None Abobant Nibabireke Kuzabalimba Ubwobutale Sas Utaftaj Kwan Mpaka Mwene Machimb?
6 Ndamukiza 2017, 19:43, par Cobla Rouge
Mbe Wakera Wewe Ushima Bwaragurutse Wewe Ubona Uvuga Ibijanye Nibiba Vyavuzwe Ahohose Odondagura Uhazi Kubera Ariho Waciye Muguhunga. Ariko Rindira Nabado Urwawe Ruzoteba Rushike.
6 Ndamukiza 2017, 19:43, par Cobla Rouge
Mbe Wakera Wewe Ushima Bwaragurutse Wewe Ubona Uvuga Ibijanye Nibiba Vyavuzwe Ahohose Odondagura Uhazi Kubera Ariho Waciye Muguhunga. Ariko Rindira Nabado Urwawe Ruzoteba Rushike.
6 Ndamukiza 2017, 21:13, par Ndibanje Etienne;
Ntakundivyogenda Ubuzimaburagôye Mukurondera Ukuntuwobaho Imana.Nibakiremubwamibwawo ndifatanije nimiryangoyabuze kwihangana;
7 Ndamukiza 2017, 20:57, par Anicet
babwibwa Nkande Amategeko Atabazi Nibimbe Bakurikij Amategeko Ataruko Bazoho
8 Ndamukiza 2017, 17:13, par Wakera
Cobla rouge: ntamajambo nterana n’imbonerakure kuko nd’umuhumure w’ijunja n’ijambo! Thank you
8 Ndamukiza 2017, 22:11, par Joy Elyus
Nibarek Kubwimb Kuko Ntavyobashoboye . Isondaje Zonyen Nizo Zibishobora Abobo Bashaka Gupfa Nyene.
10 Ndamukiza 2017, 09:37, par kabizi
Imana ibakire mubwami bwayo naho bariko bariba
11 Ndamukiza 2017, 08:11, par Chady Franck Irabaruta
Yooo Imana Nibakire Mubwami Bwayo